Accueil > Amakuru > u Burundi > Ifoto y’umunsi
Ifoto y’umunsi
mardi 22 Munyonyo 2016, par
- Mu birori vy’ukubisikanya hagati y’umuhuza w’Abarundi yahahora, Mohamed RUKARA, hamwe na Edouard NDUWIMANA yatowe kuri uwu wa mbere
IGIHE
Messages
22 Munyonyo 2016, 18:03, par CAKIRA
Uyo numugabo kweli nduwimana,ace atubariza rukara iyo yahora
22 Munyonyo 2016, 18:32, par Hutsi
Mumateka Muhamed Rukara ntituzomwibagira kwariwe yabaye uwambere kubwiyo position yubuhuza.
Ndagukunda waravyifashemwo neza canecane igihe urwariye ukajakwivureza mububikigi maze abaraho bakacabagukubeta ngo ucusaba ubuhungiro ngokuko muburundi aramahoro ariyo ariko ukabarahira atinjigira mitende ndataha mugihugu canje camavukiro.
22 Munyonyo 2016, 19:09, par arexandre
turamukeje umuhuza mushasha kandi turabashimiye komubisikanye mukanyamuneza ntangere
23 Munyonyo 2016, 08:29, par mahoro
vyari vyiza, murashajije kweri. ariko Imana izobarandura ahabomujejwe arukubanunuza atakigongwe mwumva. ahomutagitinya gutoza mayibobo wo mwibarabara umwe atega amaboko araba uwomufasha, kugira muyagayage. vykuri umuntu asenga arabona icomurico. OOOH JUSAS, JUSAS, JUSAS
23 Munyonyo 2016, 08:50, par DIUS
MAHORO W, NIWISHIME WITERERE HEJURU ABO URABASUMBA, HARUMUSI ATAKARAVATE ZIZOKORA. TURABIZ HEWE AHONUWUGUZE IKIRO CIFU ABAHAKO, ATI IFU NIVOKA URABAHAKO WW URYA IGISHISHWA, IKIJUMBU
24 Munyonyo 2016, 20:13, par janvier
nta foto y’umunsi mbonye ngaho pu
25 Munyonyo 2016, 06:24, par morodikayi.
Uwo mumenja ngo numuhuza nagende hariya, ntavyubuhuza akwiye nukuri ahubwo yarakwiye kwambikwa umudari wikimaramare!.Ako nagahembo yahawe kuko asazwe azi gusambura igihugu, uyo uyo nagende gufatanya nankurunziza kwica nivyazigusa.Uwo ukondamuzi ntabuhuza ashoboye kuko ntajambo afise, nayumuhuza ategerezwa kubafise ijambo nyukuri ryokubaka igihugu. Nayo uyo namacakubiri gusa niyo yamwuzuye mumutwe nubwo abanyamye arota amacakubiri, ntaciza yigera arota mundoto ziwe. Igihugu kiraguye mukaga nivyahuha bigiye guhuhuka, mubana bankurunziza ntaciza covayo habanintete..............
25 Munyonyo 2016, 11:38, par manirabona
yaturiyeisoko nkuru yabujumbura akabeshera Imana ngo niyoyayituriye ngo hubakwe nshasha none ngo ajekuba umuhuza ivyiwe turabizi ariko araneganega aho yaneguwe