IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Ubutunzi > Uburimyi > Ifoto y’umunsi

Ifoto y’umunsi

vendredi 6 Nzero 2017, par Jean De Dieu


IGIHE

Messages

  • Nkurunziza ni umugabo kandi ni umukozi. Iyo abagome be babona akora barababara cyane !!! . Abazungu bo bararira. Byagera kuri kagame uhora mundege we akabura amahwemo. Vive Nkurunziza et Vive le Burundi. Ukwanga yiyahure.....

  • Ntabwarigukora gusa abarikuraba amashamba bazotamwo canke bazohambamwo abobanyuruje

  • Komera mutama imana yakuduhaye izoguma ikuzigama warerekanyeko kuba mukuru kitakubuza kwubaha banyarucari niwirambire abakwanka bamenyeko atakuganza kutava kuhoraho

  • Komela Mutama Ulincungu Yigihugu Sagamba Sagamba

  • Muzovugamuruhe.Ariko.Arigisha.Abanyagihugugukora.Nayo.Izo.Zarububuta.Zokwakagome.Ahubwo.Muzosara.Ayomazuru.Umenumukenke.Bamimitisha.Ubushera.Tuzoyaca.Komezamuryongore Nkurunziza.Numuvyeyi.Tuzomwongera.Mandazose.Yesagarutse

  • Abarondera kwizegwa nabenegihugu nibamwigireko , abababazwa nukwakunzwe bihangane kuko ntacobahindura ararmirije ajimbere igisigaye nuko abamwanka bazomwandurako kuko IMANA irimuruhande ngiwe.abamwita umwicanyi nabo nibarondere igihugu kitarimwurupfu bimukiremwo nubwenegihugu bwuburundi bace babuta ,ahonaho musiyizuba ntahariho Atari mwijuru honyene. Ikibazo nikimwe!!! Naho inzirijayo nicuma bitapfu gishikanayo ingenzi , nimwubahe uwimana yashimye gukoresha murikigihe mwitegurire kuja aheza mwijuru cacumatwavuze kizegisange murabokuduga kuko haribindi barabara rimanuka ikuzimu .bitewe nivyangombwa ufise canke visa na ticket kikujana ahowahisemwo .wewe witiranya ibintu uhisemwo hehe?nagirankebure nabamwe biyita abarokore abakizwa nabakrisitu ntimusubire kugwa mumutego wasekibi kuko nomwijuru ntawuzojayo adaciye murupfu!! Kandi IMANA niyo ituma umuntapfa canke abaho .uwitarasinyira ntahashobora kuja.ivyabapfa mubibaze IMANA sibagenzibanyu kuko bamwe babibikoresho ,nicogituma uyumusi umuntaboneka nkumwicanyi ejo ugasanga yarahindutse umukozi w IMANA mubundiburyo.kukoniyo izabapfa nabakiriho ahobaja ningene umwewese azopfa.aha nawewe utukana wambimibara abandi irazingene uzopfa nukuzopfa!!najewe nanditse ibi iraziherezo ryanje. (Twikebuke turangwe nubumuntu kuko turiho ngotuzopfe ntituriho ngotuzahoreho)ariko hahigwa abapfa bapfira mumwami.

  • Jewe biranezera kuko ntamwarimu yobwira abana gukora ivyonawe adashoboye gukora.
    Sebarundi Nkurunziza aragenda agasemerera abwira abarundi atija ku kivi aho abarimu bureau,
    Hanyuma akacasohoka awe akaja kubereka ivyoyavugiye mu bureau nawe akaja mu kivi.
    Nguwo umu prezida nyakuri.

  • Noe Bamuhoyik Noebarigez Bumvikan Nabanyagihug

  • ndashima ibikorwa nyenicubahiro umukuru wigihugu cacu akora vyuburimyi kuko bifash benshi nkuko ndabibona muvyo nsanzwe nkora nanje uharuye ababikora ababifungura nagateka kugihugu ahubwo nakebure abashikiranganji nabashinga mateka nabonyene bakore nkawe sinari bwabone umukuru wigihugu akora uburimyi nkawe ndizerako natwebwe kwazokwumva ibibazo vyacu dufise muburimyi kuko arabonako hakenerwa umutahe munini murakoze ter 79928549/69039687

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.