Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......
Accueil > Amakuru > u Burundi > Ifoto y’umunsi
mercredi 1er Ntwarante 2017, par Egide NDUWIMANA
IGIHE
1er Ntwarante 2017, 17:53, par Matabaro
U mugabo ntafukamira uyundi mukumuramutsa naho uwo aramutsa yoba ari umutegatsi. Uko nukwisuzuguza.
2 Ntwarante 2017, 06:20, par .
@Matabaro, ivyontibimuvuza kuba umugabo kandi urazomwegera uzosanga arumugabo, kandi arafise uburenganzira bwogukoresha ukwashaka ukwavyiyumvamwo mukuramutsa, nimbabikomeye cane naho nimumurege muri ICC niyombona yoroherwa gucimanza zabanyafrica.
2 Ntwarante 2017, 10:14, par SEZIBARA
Hahaha!Ahubwo ahava yinyako kubera kunama birenze!! Ben’abo tubita ABASAVYI!!
3 Ntwarante 2017, 22:14, par Baden Amiss Niyongabo
Suko Bene Data,utubaha Nawe Uzopfa Utarose Uwukubaha.@rero Mwitonde Ncuti Zanje#""....<<...>>
4 Ntwarante 2017, 01:31, par .
@Sezibari, Wewe ivyo uvuze vyarigeze kukubako?
7 Ntwarante 2017, 08:07, par Gaciyubwenge potien. Major
Urazi gusaba pe!
Veuillez laisser ce champ vide :
Messages
1er Ntwarante 2017, 17:53, par Matabaro
U mugabo ntafukamira uyundi mukumuramutsa naho uwo aramutsa yoba ari umutegatsi. Uko nukwisuzuguza.
2 Ntwarante 2017, 06:20, par .
@Matabaro, ivyontibimuvuza kuba umugabo kandi urazomwegera uzosanga arumugabo, kandi arafise uburenganzira bwogukoresha ukwashaka ukwavyiyumvamwo mukuramutsa, nimbabikomeye cane naho nimumurege muri ICC niyombona yoroherwa gucimanza zabanyafrica.
2 Ntwarante 2017, 10:14, par SEZIBARA
Hahaha!Ahubwo ahava yinyako kubera kunama birenze!! Ben’abo tubita ABASAVYI!!
3 Ntwarante 2017, 22:14, par Baden Amiss Niyongabo
Suko Bene Data,utubaha Nawe Uzopfa Utarose Uwukubaha.@rero Mwitonde Ncuti Zanje#""....<<...>>
4 Ntwarante 2017, 01:31, par .
@Sezibari,
Wewe ivyo uvuze vyarigeze kukubako?