IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Ikibazo c’imodoka zishaje zunguruza abantu kigiye gutorerwa umuti

Ikibazo c’imodoka zishaje zunguruza abantu kigiye gutorerwa umuti

samedi 27 janvier 2018

Umushikiranganji wo gutwara ibintu n’abantu hamwe n’ibikorwa vya Reta,Jean Bosco NTUNZWENIMANA amenyeshako hari vyinshi bimaze gukorwa kugira imiduga myiza igikomeye yunguruza abantu iboneke.

Mu bimaze gukorwa nk’uko uwo mushikiranganji yabimenyesheje, n’ibijanye n’ibiganiro bamaze kugiranira n’abasanzwe bafasha ubwo bushikiranganji, kugira hatangwe imiduga mishasha,hamwe n’uko basavye abagendesha imiduga yunguruza abantu gukorera mu ma koperative, kugira boroherwe kuronka imiduga mishasha igikomeye.


Vianney BIKORIMANA

Messages

  • Ni vyiza ko hari ibiriko bikorwa ariko nibaza ko hageze ko twemera ko Leta yananiwe gutunganya transport. OTRACO ntishobora ako kazi co kimwe n’ayandi mashirahamwe ya Leta, birazwi ko Leta idakora urudandazwa ngo rukunde, na Chine igenda ibiheba. Rero iciza coba gufasha abantu kuja mu ma societes (pas les soient disantes cooperatives kuko uko ziri ubu ni ikinyoma kuko iyo ni business umuntu akwiye gufita ijwi ringana n’amahera ashira muri business) bakagura imodoka zikomeye canke Leta ikarondera abashoramari bo hanze bakazana bus zabo. Abamaze gutangura baja mu ntara bofashwa gukorera Bujumbura. Ariko Bujumbura ikwiye kuvamwo Coaster zo muri 1980 !!! Buja la belle merite mieux que ca !

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.