Inama nshingamateka y’Uburundi yahojeje umuryango wa Grégoire NTIMPIRANGEZA

Yanditswe na NDUWIMANA
Kuya 16 Rusama 2017 saa 08:44
Yasomwe : 16956
0 0

Inama nshingamateka y’Uburundi irahoza umuryango w’umushingamateka Grégoire NTIMPIRANGEZA yitavye Imana, inyuma y’amezi ane yari amaze ari mu cumba c’indembe mu bitaro KIRA i Bujumbura, kw’isanganya yari yagize.

Uwo mushingamateka azoshingurwa kw’igenekerezo rya rya 20 Rusama 2017, inyuma y’inkuka y’imisa y’ukumusabira izobera ku kibuga c’umupira ca komine Gishubi mu ntara ya Gitega, aho asanzwe avuka, igihe c’isaha zine z’agatondo.

JPEG - 64.7 ko
Umushingamateka Grégoire NTIMPIRANGEZA

Umushingamateka Grégoire NTIMPIRANGEZA yitavye Imana kw’igenekerezo rya 13 Rusama 2017, akaba yari yatowe mu ntara ya Gitega.


Kumenyekanisha

TANGA ICIYUMVIRO

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha
Kumenyekanisha

Kumenyekanisha