IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Inama ya ONU ijejwe umutekano ishobora gufatira ingingo ababangamira (...)

Inama ya ONU ijejwe umutekano ishobora gufatira ingingo ababangamira umutekano mu Burundi

vendredi 4 Myandagaro 2017

Mu cegeranyo cashikirijwe n’inama y’ishirahamwe mpuzamakungu ONU ijejwe umutekano, iyo nama imenyesha ko iyo ngingo izofatirwa bose, baba abari mu Burundi canke abari hanze y’igihugu, bafise uruhara mw’ihungabanywa ry’umutekano mu Burundi.

Inama ya ONU ijejwe umutekano imenyesha ko irajwe ishinga n’ingene ibintu vyifashe mu Burundi mu bijanye n’agateka ka zina muntu.

Muri ico cegeranyo ,iyo nama y’ishirahamwe mpuzamakungu ONU ivuga ko mu Burundi hacibonekeza ihohoterwa,inyuruzwa ry’abantu hamwe n’ubwicanyi ndengerabutungane.


MUGISHA Van Naris

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.