Accueil > Amakuru > u Burundi > Integuro y’amafaranga Reta izokoresha muri 2018/2019 ku rutonde rw’ivyizwe mu (...)
Integuro y’amafaranga Reta izokoresha muri 2018/2019 ku rutonde rw’ivyizwe mu nama nshikiranganji
mardi 12 juin 2018
Abashikiranganji 12 nibo batanze integuro z’amategeko agenga itunganywa gushasha n’ibikorwa vy’ubushikiranganji barongoye.
Muri ubwo bushikiranganji, harimwo ubushikiranganji bwo kwegereza ubutegsti abanyagihugu n’ugutunganya gushasha inzego, ubushikiranganji bw’amaposita no gutumatumanako amakuru bwagabuwemwo kubiri, hamwe n’ubushikiranganji bw’inyigisho za kaminuza n’ubushakashatsi, bwavuye mu bushikiranganji bw’indero, amashuri ya kaminuza n’ubushakashatsi.

Muri iyo nama, abashikiranganji barabiye hamwe kandi utuntu n’utundi.
IGIHE