Accueil > Amakuru > u Burundi > Isakwa mw’ibohero rikuru rya Mpimba
Isakwa mw’ibohero rikuru rya Mpimba
vendredi 7 Ndamukiza 2017, par
Abaporisi basatse kuri uwu wa gatanu mw’ibohero rikuru rya Mpimba mu gisagara ca Bujumbura, ahafashwe ibintu bitari bike.

Umuvugizi w’igiporisi c’Uburundi amenyesha ko muri iryo sakwa hafashwe terefone ngendanwa 11, amaritiro cumi y’inzoga bita umudiringi, inzoga za Amstel na Primus hamwe n’ibidaji bigaragara vy’ibinyobwa vya Primus na Amstel.

IGIHE
Messages
7 Ndamukiza 2017, 21:56, par jean bosco
None konzi hacungwa nabajejwe umutekano izo nzoga bazicanahe bararabako atabakingigwa ikibaba kugira zinjizwe bahari bahanwe hisunzwe amategeko
8 Ndamukiza 2017, 17:07, par Wakera
Sinarinziko Imbonerakure bazisanza amstel n’ibiyeri mugasho aho ziri gutoteza abo batashoboye kugandagura bacidegemvya!
9 Ndamukiza 2017, 00:26, par Frank
Ntibitangaje.abopolici bohorara basaka musho hano muburayi hagafatwa nkivyo nyene kandi harinzwe na saterite.
10 Ndamukiza 2017, 09:47, par kabizi
abanyororo baraguye mumporero kuko ivyo nabapolici baba babizi
10 Ndamukiza 2017, 16:59, par Wakera
@Frank Waza wahinyuka kweli, ubwo burayi wama uvuga n’ubwahehe abanyororo bacungwa na satellite!!!! Yamashuri wavuga wigamwo i burayi nimba ari zashuri shingiro za Gatinyashengero! Izo mbonerakure basanza ibiyeri, amstel na Rutuku mumabohero kugire ziborerwe zikorere amabi abapfungiwe ubusa, umusi ubutungane bwigenga bwagarutse zizobona ayimbwa yaboneye kumugezi!
10 Ndamukiza 2017, 23:40, par Frank
Igipolici nigisoda wita aba dd nibobohindukuira bagafatana.kuba sbspfugwa kubuhinga bwanone wewe ntiwobitahura
12 Ndamukiza 2017, 08:54, par Wakera
Frank, Ubwo buhinga bwa none uvuga ntotahura nubuhe! Kiretse ubwo bwo kwica, kunyuruza, gusahura, guterinda abakeba ngo bavyare imbonerakure ntabwo ntahura! Ibindi wewe sha nuwokubaza kuzi boarding pass,ntayuzi rero yacuba wama uvuga ibintu vyaburayi kuko: We, the people, don’t care about it! Thank you anyway!