IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Abantu 35 bakorera mu gisata c’ubudandaji batanze ayarenga imiriyaridi (...)

Abantu 35 bakorera mu gisata c’ubudandaji batanze ayarenga imiriyaridi zitatu nk’intererano y’amatora

jeudi 19 avril 2018

Haba ku bantu ku giti cabo, ku bahuriye mu kazi kamwe canke abakorera mu gisata kimwe, abo 35 babaye aba mbere batanze amafaranga menshi y’intererano y’amatora.

Ayo mafaranga yatanzwe yashizwe kuri konte ijako intererano y’amatora iri mw’ibanki nkuru y’igihugu, mu gisata cayo gikorera mu gisagara ca Bujumbura.

Antoine MUZANEZA yaserukiye abo bakorera mu gisata c’ubudandaji yavuze ko baje gukora ico gikorwa, kuko ari abarundi barajwe ishinga na kazoza k’igihugu.


MUGISHA Van Naris

Messages

  • Imana Ni Ibahezagire Ibasubiriz Aho Bakuye Igihugu Kiba Kigomba Abagabo N’abagore Nkabo. Bamwe Bibilia Ivuga Ngo Ntibagugwa Canke Ngo Bagurishwe.

  • NIZERA KO RETA IZORABA IRYA NGINGO YO GUKATA IMISHARA KU BAKOZI IKAYIKURAHO. KUKO ABAKOZI BA RETA UMENGA TURI MU BIHANO BIKAZE. TUGIRE KUBA TUMAZE IMYAKA ITATU TUTADUGA BONGERE BAKATE AYANGANA UKURAHO ??? ESE UKUNTU ARI TWE TWAGUMYE TWITANGA DUCA MU MURIRO KUGIRA DUTONDE KU MIRIMO MU MIGUMUKO YAHITIYE YASUMYE IRENGA.

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.