Accueil > Amakuru > u Burundi > Ishirahamwe Mpuzabahanza AWA ryatanze intererano y’amatora
Ishirahamwe Mpuzabahanza AWA ryatanze intererano y’amatora
mercredi 16 mai 2018
Iyo ntererano yatanzwe n’ishirahamwe mpuzabahanza AWA, ingana n’imiriyoni icumi na zine z’amafaranga y’amarundi (14000000frbu), kur’uno wa gatatu igenekerezo rya 16 Rusama 2018, ikaba yatanzwe mw’ibanki nkuru y’igihugu BRB.
Alfred Innocent MUSEREMU yavuze kw’izina ry’abatanze iyo ntererano, yamenyesheje ko baje gutanga kugira bakomeze ukwikukira kw’Uburundi, kugira kandi berekane ko Uburundi bushobora kwitunganiriza amatora.
- Alfred Innocent MUSEREMU, ariko ashikiriza ijambo
Alfred Innocent MUSEREMU yavuze ko, badahejeje ariko bazobandanya baterera, uko uburyo buzoboneka kwose.

MUGISHA Van Naris
Messages
18 mai 2018, 21:54, par Severin Nteturuye
Turashimiye cane Ishirahamwe Mpuzabahanza AWA ryafashe mu mugongo igihugu cu Burundi muguterera intererano kugira ngo amatora y’umwaka 2020 y’ibwirizwa shingiro ashobore gutunganywa neza.
21 mai 2018, 12:40, par cyriaque niyukuri
mwakze kuzana intererano