IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Ishirahamwe WAP-BURUNDI ryaterereye amatora ya 2020

Ishirahamwe WAP-BURUNDI ryaterereye amatora ya 2020

mercredi 22 Munyonyo 2017, par Egide NDUWIMANA

Mw’ishirahamwe WAP Burundi bamenyesha ko iyo ntererano ari iyizofasha mw’itunganywa ry’amatora yo mu mwaka w’2020.

Ambassadeur Rose NTAWE aserukira ishirahamwe WAP-BURUNDI, amenyesha ko intumbero y’igikorwa bakoze ari iyo gufasha kugira amatora ya 2020 azogende neza, agahamagarira ayandi mashirahamwe y’abakenyezi guterera.

«Amatora niyo mushinge wa demokarasi, ndahimirije ayandi mashirahamwe y’abakenyezi gutera intambwe nk’iyi twateye mu ntumbero yo gushikana igihugu kw’iterambere rirama ».

Rose NTAWE yongeye ashikikiriza ati : « Dutanze intererano yacu mu mpera y’umwaka ariko ukwo umwaka utashe tuzoguma dutanga intererano, kugira igihugu kizogira amatora ameze neza. »


Pacifique BUKURU

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.