Jean CIZA yagenwe gusubira kurongora banki nkuru y’igihugu

Yanditswe na Vianney BIKORIMANA
Kuya 11 août 2017 saa 02:33
Yasomwe : 11907
0 0

Uwari asanzwe ari umuyobozi wa Banki nkuru y’igihugu c’Uburundi, Jean CIZA yagenwe kandi ku ncuro ya kabiri mu burongozi bw’iyo banki, kw’itegeko ry’umukuru w’igihugu Petero NKURUNZIZA inomero 100/153 ryo kw’igenekerezo rya 9 Myandagro 2017.

Jean CIZA agiye gutwara ibanki nkuru y’igihugu BRB (Banque de la Republique du Burundi) yari amaze imyaka 5 atwara kuva igenekerezo rya 9 Myandagaro 2012.

JPEG - 94 ko
Jean CIZA, umuyobozi mukuru wa Banki nkuru y’Uburundi

Kumenyekanisha

1
Baka 12-08-2017 à 08:57

@Charlotte MWENYEWE
Ubugabo burihabwa ! Ubugore bukaba uko nyene !

2
Charlotte MWENYEWE 11-08-2017 à 15:30

Félicitation mon chef !Imana mushobora vyose n’ ibakomeze ,ibahunde imigisha n’ imihezagiro !namwe ntimwirengagiza impfuvyi n’ abapfakazi.!Imana ibahe kuramba.!

TANGA ICIYUMVIRO

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha
Kumenyekanisha

Kumenyekanisha