Kirundo : Abagabo babiri bafatanwe inyama z’imbwa

Yanditswe na Egide NDUWIMANA
Kuya 9 Munyonyo 2017 saa 01:05
Yasomwe :
0 0

Abagabo babiri aribo Rwemarika Daniel w’imyaka 49 hamwe na Ndayishimiye w’imyaka 28 bafashwe bafise inyama z’imbwa kuri uwu wa gatatu ku musozi Bukuba, komine Vumbi, intara Kirundo.

Abo bafashwe n’igiporisi c’Uburundi bapfungiwe mu gasho k’igiporisi muri komine Vumbi.


Kumenyekanisha

1
kigabo jean marie 10-11-2017 à 12:26

ivyi burundi n’agahomeramunwa ndebera ibisigaye bibera i burundi ariko aba dd ntamabi batazozana, ndebera ingene abo ba dd bakanura, muhaze inyama z’abantu none mwadukiriye izi mbwa muragowe,

TANGA ICIYUMVIRO

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha
Kumenyekanisha

Kumenyekanisha