Makamba : Umukuru w’igihugu yuguruye insamirizi nshasha Aigle Sport FM

Yanditswe na MUGISHA Van Naris
Kuya 26 octobre 2017 saa 09:55
Yasomwe : 6543
0 0

Mu rugendo arimwo mu ntara zo mu Bumanuko bw’Uburundi, umukuru w’igihugu Petero NKURUNZIZA yuguruye ku mugaragaro kuri uno wa kane igenekerezo rya 26 Gitugutu 2017 insamirizi nshasha "Aigle Sport FM".

Iyo nsamirizi Aigle Sport FM ikorera mu ntara ya Makamba ni uy’umukuru w’inama nkenguzamateka y’Uburundi, umukenguzamateka Reverien NDIKURIYO asanzwe avuka mu ntara ya Makamba.

Insamirizi Aigle Sport FM ivugira ku murwa mukuru w’intara ya Makamba ku murongo wa 88.0 Mhz.

Insamirizi Aigle Sport FM ibaye insamirizi igira indwi yuguruwe ikorera mu ntara zo hagati mu gihugu.


Kumenyekanisha

1
Ndikuriyo jean 28-10-2017 à 16:55

Abansi buburundi nubwo ari benshi Ntikizobuza ko uburundi bubaho.

2
Kararuza 26-10-2017 à 15:50

RTLM nshasha itashwe na Peter,abazinga utwangushe mugire bwangu

3
BUSURAHENDE 26-10-2017 à 13:28

Ibimenyetso vy’igihe. Ngizo iradiyo zo guhamagarira ababijejwe "gukora." Hagiye gushuha sindababesha.

TANGA ICIYUMVIRO

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha
Kumenyekanisha

Kumenyekanisha