Accueil > Amakuru > u Burundi > Mpanda : Ubusuma ku mva z’abantu bubandanya kwibonekeza
Mpanda : Ubusuma ku mva z’abantu bubandanya kwibonekeza
dimanche 6 Munyonyo 2016, par
Ubusuma buribonekeza mw’itongo ry’abapfuye ryo ku Mpanda, mu ntara ya Bubanza, aho abantu bataramenyekana basambura imva z’abapfuye, bakiba amabati asakaye izo mva, hamwe n’ibindi bikoresho vyubakishijwe kuri izo mva. Mu giporisi bamenyesha ko bataramenya abakora ubwo busuma.
Bamwe mu bakozi basanzwe bakora igikorwa c’ukwimba ibinogo bishingurwamwo abapfuye bamenyesha ko ubwo busuma bwatanguye kwibonekeza kuva mu kwezi kw’umunani, imva zigera kuri 75 akaba arizo abo bakozi bavuga ko zimaze kuboneka ko zibwe.
"Abantu bataramenyekana barasambura imva, bakiba amabati akoreshwa mu gusakara, bakiba n’ibindi bikoresho nk’ivyuma.", N. J. umwe mubimba izo mva asigura ko ivyo bikorwa ari ubusuma, kuko ivyibwe kuri izo mva bigarukanwa kugurishwa ku bandi baba babuze ababo.

Batatu muri abo abo bimba izo mva bari biketswe ko boba bari inyuma y’ubwo busuma barahagaritswe mu ndwi iheze, ariko bakaba baciye barekurwa.
Mu gihe mu giporisi bamenyesha ko amatohoza ariko arakorwa kugira abakora ubwo busuma bamenyekane, abanyagihugu begereye ahari itongo ry’abapfuye ryo ku Mpanda basaba igiporisi ko cokora ibishoboka vyose ubwo busuma bugahagarara.
"Birateye isoni kubona imva zugururwa, ivyakoreshejwe mu gushingurana iteka umuntu bikibwa, imva zigasigara zirangaye. Abantu ntibacubaha n’ikiziga.", K. E. akabona ko abakora ubwo busuma bari bakwiye kwisubirako.
IGIHE
Messages
6 Munyonyo 2016, 16:24, par nomikos
N akamaramaza
Nkurunziza nahave
Hatware abatutsi !
6 Munyonyo 2016, 16:26, par aho bigeze mana tabara
nabo baribakwiy gupfa nkabo bariko bagirira nabonyene bakabibagira mana tabar ibibihe abawe barimwo birateyubwoba
6 Munyonyo 2016, 16:57, par Tari
Les sindumuja commencent à Voler dans les cimetières et déterrent nos morts. Quel honte à ces animaux Mujeri.
6 Munyonyo 2016, 18:05, par CAKIRA
Abo nabo kwa sinduhije babikoze nibo batagira ubwenge,
6 Munyonyo 2016, 18:36, par CECE
IZOMVA NIZABABANTU BATURIGWA MUNYAKABIGA IZO NIZAMBWA ZA SINDUHIJE,ZIBAZURA
6 Munyonyo 2016, 19:19, par soso
Muraraba neza kataruko hariho abitaho cane abitavye Imana kurusha abakiri ngaha kwisi
6 Munyonyo 2016, 19:27, par Rodrigue
Abantu twaracitse ibikoko kweli!!!!!!!!! ukw si ukurinda ahubw ni ukurindagira,umunt akubahuk kwimba hejur yubutunz ataho bufash.Mbe boriy bike bakaryam kar!!!!!!sha uwofatw akwiy kwicwa kuk ntac amaze.
6 Munyonyo 2016, 19:51, par Emme
Nukuri Abobantu Bakwiyekwihana Imana Itarabahana Nyambabakenye Nibasabe Imfashanyo Mubabanyi Nomubgenzi Bareke gukora Ikizirankico, Iconicaha Cagahomerabunwa.
6 Munyonyo 2016, 20:03, par Isaac
Jeweku Ciyunvirociwanje Nuko Abobakozi Uko Aribatatu Bobashira Mugasho Bakabagirako Amatohoza Kuko Nakambarokibara Murakoze
7 Munyonyo 2016, 00:15, par Karenzo
Emwee iyinzara itema igatongora buca dukererana ndakurahiyeee...None jewe nzorara ubusa Runyoni na Nyarutwe na Piter bariye!!!!! NzobA ndora akari inyuma karahinda DD n,umwaku unuka gusaaa pyuuuuu
7 Munyonyo 2016, 10:59, par Egide
Abobantu Bakora Ubwobubi Bakwiye Gufatwa Bagahanwa Vyakarorero
7 Munyonyo 2016, 11:50, par Niyubahwe
yooo!Mana tabaraAbawe
7 Munyonyo 2016, 14:41, par GIGI
IBAZE NAWEEE
7 Munyonyo 2016, 16:57, par Nzoyiheramujeri
Mbe izo mujeri sindumuja burya si ibikoko. Reba nawe mumyiyerekano zaraturiye abantu none zitanguye no kuja mwirimbi kubavana mumva !!!
7 Munyonyo 2016, 21:47, par cmcc
haaa umuntubuntu akazura uwundi ha nibabe bihangana
7 Munyonyo 2016, 22:00, par Musaga ukocora
@karenzo(peti mujeri sindumuja). Wikoreye tonnes 5 z’amabyi mumutze.
8 Munyonyo 2016, 00:06, par Mujeri Munoho pacifique Nininahazwe.
Ba sindumuja(inyenzi-mujeri) ngo barya abapfu.
Baragapfa nabi abo bene Gahini.
8 Munyonyo 2016, 07:58, par Niyongere Nephtal
Ntivyoroshe Pe!Mumisi Nukuryana Dukanura.
8 Munyonyo 2016, 14:30
Ni akamaramaza .Ubwo bukene ni ubwome .Abo bantu impera n’imperuka bazofatwa kuko bitera umukoshi.
8 Munyonyo 2016, 17:02, par Lili
Inzara ili ibirundi ituma basigaye barya abapfuye nibamara abapfuye bazasigara baryana ali bazima . Nakamaramaza
.
8 Munyonyo 2016, 17:45, par Nana
Mbega abarundi mbega igihugu cyabatindi ..ibyo byose ningaruka zinzara nubucyene buli iburundi....muraza kuryana
8 Munyonyo 2016, 18:06, par Nahayo
Maswingi
9 Munyonyo 2016, 01:19, par Vision2020rwanda
Inzara nitwe tuyizi abanyarwanda niba n’abarundi bafite ibiryo. Badufatiye embargo nta ndagara tukibona nta na fruits . Hano murwanda inzara itumereye nabi nibyiza ko leta ya Bujumbura ya tubabarira ikavanaho embargo.
9 Munyonyo 2016, 06:29, par karabaye
Izo ni za nterahamwe,kuko ivyo bintu ni bishasha ntivyahahora
9 Munyonyo 2016, 07:38, par morodikayi.
Izonizambonerakure ziriko zirabazura, nkurunziza petero, yabahenze ngo ni bajebarica abantu rwazobaha irara hanze nomunzu! none yaherewe yabuze ivyabatako, batanguye kuzurabantu barondera ivyobafokera, mugiye gupfa urwimbwa zitwenga basha.
9 Munyonyo 2016, 08:18, par GAHUNGU Jean
Ako ni akamaramaza aho abuntu bakora ikizira .Nibareke abitavye imana baruhuke mu mahoro .Nayo ayo maronko barondera aciye muri ubwo buryo ntaco abamarira atari ukubatera imivumo.
9 Munyonyo 2016, 21:04, par M.S
Abant Nukur Ntason Bagifis Ereg Naho Ikizig Kitabir Iyash Numunt Nkatw Bakwiy Kuraririz Iryotong Ham Uwufashw Akabihanirw Nibar Yesu Yavuz Ati:ninagaruk Kwis Muzobn Ibitangar Ivyonibimenyets Iman Itanguy Kutwerek Gusambur Imv Emw Nihatar
10 Munyonyo 2016, 22:42, par issa samrat
ahubwonagaho merabunwa retat ninyarutsekugira amatohoza
21 Nzero 2017, 17:27, par LIABN NDABAHARIYE
NIBARA KUMUTEMERE HARUWAVUZEKO NIMBONERA KURE SIVYO NTAWUBIZI.NONE YARABAFASH? ARIKO ABABIKORA IMANA.IRIHO IZOBAHANA .MWIZINA RYA YESU UBU TURI MUBURUNDI BUSHASHA