Muramvya : Abanyeshure 14 bakubiswe n’inkuba

Yanditswe na Egide NDUWIMANA
Kuya 9 Munyonyo 2017 saa 09:57
Yasomwe : 7029
0 0

Abo banyeshure bakubiswe n’inkuba mu mvura nyinshi yariko iragwa ku muhingamo wo kuri uwu wa gatatu mu ntara ya Muramvya. Ni abo kw’ishure nderabigisha ryo mu Kibimba, mu ntara ya Muramvya. Bose hamwe ni 14 ari batandatu muribo bakaba barakomeretse cane.

Abakomeretse bariko bavurirwa ku bitaro bikuru vyo mu Kibimba.


Kumenyekanisha

TANGA ICIYUMVIRO

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha
Kumenyekanisha

Kumenyekanisha