Muramvya : Abigishijwe gusoma n’ukwandika bahejeje inyigisho

Yanditswe na IGIHE
Kuya 7 Ruheshi 2017 saa 09:53
Yasomwe : 2628
0 0

Abantu bagera ku 336 bakurikiranye inyigisho z’ugusoma n’ukwandika muri komine Rutegama mu ntara ya Muramvya baronkejwe kuri uwu wa kabiri impapuro zemeza ko bahejeje inyigisho. Muri abo baronkejwe inyigisho, harimwo n’abakarihirijwe ubwenge.

Ibirori vy’uguszera izo nyigisho vyari vyatewe iteka na Gaston SINDIMWO, icegera ca mbere c’umukuru w’igihugu c’Uburundi.

Izo nyigisho zatunganijwe n’ikigo "Village i Muhira", zikaba zizobandanya gutangwa no mu zindi ntara zigize igihugu c’Uburundi.


Kumenyekanisha

TANGA ICIYUMVIRO

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha
Kumenyekanisha

Kumenyekanisha