Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Muramvya : Umugabo yafatanwe imiriyoni 11 bivugwa ko yari yivye - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Muramvya : Umugabo yafatanwe imiriyoni 11 bivugwa ko yari yivye

Muramvya : Umugabo yafatanwe imiriyoni 11 bivugwa ko yari yivye

samedi 7 Gitugutu 2017, par Egide NDUWIMANA

Mu giporisi bamenyesha ko uwo mugabo yafatiwe i Muramvya, akaba yafatanwe amafaranga y’amarundi agera ku miriyoni cumi n’imwe yari yibwe abagabo babiri bo muri zone ya Kamenge aribo Ndayishimiye Hasman na Bamarire Emile.

Ndayisenga Rodrigue yagirizwa ubwo busuma apfungiwe mu gasho ka komine i Muramvya.


Egide NDUWIMAN

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.