Home > Amakuru > u Burundi > Musenyeri Jean Louis NAHIMANA :Hategerezwa kubaho amategeko agenga kwibuka (...)
Musenyeri Jean Louis NAHIMANA :Hategerezwa kubaho amategeko agenga kwibuka abo twabuze
Saturday 18 November 2017, by
Jean Louis NAHIMANA yabishikirije mu gihe umugambwe CNDD FFD uriko urahimbaza indwi yahariwe umugwanyi.

Musenyeri Jean Louis NAHIMANA ashikiriza ko abantu babandanya ico gikorwa co kwibuka ababo baba barabuze imbere yuko amategeko atarajaho.
Musenyeri Jean Louis NAHIMANA avuga ko inyuma y’igikorwa c’umugwi CVR ko bazoraba amagenekerezo yohuza abantu bose kugira bibuke muri rusangi abantu bose hamwe.
Bikorimana Vianney