Accueil > Amakuru > u Burundi > Ngozi : Umukuru w’igihugu NKURUNZIZA arashima umwimbu w’ikawa (...)
Ngozi : Umukuru w’igihugu NKURUNZIZA arashima umwimbu w’ikawa wabonetse
vendredi 19 Rusama 2017, par
Uwo mwimbu ugera ku matoni atanu kugera kuri atandatu, ku ngemwe (Caféiers) zigera ku gihumbi zatewe muri iyo mirima haraheze imyaka itatu.

Umukuru w’igihugu Petero NKURUNZIZA yizeye ko uwo mwimbu w’ikawa zo mu mirima yiwe ushobora kugera ku matoni 40 mu myaka ine.
Ikawa iri mu biterwa vya mbere vyinjiza amafaranga y’agaciro mu Burundi.





Messages
19 Rusama 2017, 16:52, par BERCHIMAS
NIBAKUREKE WITERERIMBERE NYAKWUBAHWA ABATWAY BATINYISUKA BABONA MWITERERIMBER UGWAMO RUKAVUGA NGO MWASAHUY ITUNGA RYIGIHUGU BAREKE BAVGE NAMWE MUKORE AHUBWO NDABASAVYAKAZI MWOBA MUKOZE
19 Rusama 2017, 20:01, par Ndayishimiye jimmy
Hamwe abarundi twese twofatira ku karorero neza nyenicubahiro aduha kubw’ubushobozi bw’lmana mushobora vyose uburundi mu gihe gito bobutangarira!!!
20 Rusama 2017, 02:19, par Elias Mpozamarira
Urabura kwicara wi yunvire imigambi yo gutezimbere, ngurondera ubuzi kwa Nkurunziza petero! iyo nindoto kuriwewe kabisa. ahubwo nimba wariko uratwenza abantugusa.