IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Jean Luc NDIKUMWENAYO wo mu bwoko bw’Abatutsi yatanguje imyiyerekano

Jean Luc NDIKUMWENAYO wo mu bwoko bw’Abatutsi yatanguje imyiyerekano

jeudi 22 Nyakanga 2016, par Jean De Dieu

Umunyagihugu azwi kw’izina rya Jean Luc NDIKUMWENAYO wo bwoko bw’abatutsi yatanguye Kuva kuri uyu wa gatatu, kugira imyiyerekano imbere y’ibiro vya ONU mu Burundi yiyamiriza abavuga ko hagiye kuba ihonyabwoko ry’abatutsi mu Burundi. Mu nyuma n’abandi baje kumufasha.

Abandi bantu kuri uwu wa kane baje kumufata mu mugongo imbere y’ ubwo buserukizi bwa ONU, bakaba baniyamiriza icegeranyo c’ abahinga b’iryo shirahamwe giherutse gusohoka, abo bantu bakaba bavuga ko ico cegeranyo kirimwo ibinyoma.

Zimwe mu nzandiko bari bitwaje zivuga ko biyamirije ingendo ya ONU yo guhuvya, mu kuvuga ko hagiye kuba ihonyabwoko mu Burundi.

Jean Luc NDIKUMWENAYO, umwe mu baserukira abo bantu, yari yatanguye iyo myiyerekano ari wenyene ejo ku musi wa gatatu, avuga ko n’aho benshi mubaje kwifatanya nawe kuri uwu munsi wa kane ari abatutsi hamwe n’abahutu babaherekeje.

Ku bwiwe, abo bahinga ba ONU barabeshe, kuko ata honyabwoko ririko rirakorerwa abatutsi mu Burundi.

Jean Luc Ndihokubwayo kandi avuga ko biyamiriza abanyepolitike bamwe bamwe bihaye ububasha bwo kuvugira abatutsi kandi ari abahutu.


IGIHE

Messages

  • uwo nigikoresho numututsi wigito winda ndende aho yokwibuka abasoda bamaze gupfa?

  • Haaahaaa ndamutwenze ..ahubwo uwo numunyabwoba . Ubwo ngo yize ubwenge ngobatazamwlca ..ahubwo niwe bazakulikizaho
    Ibyo nabatusti bo murwanda barabikoze bazi ko alibyo byabakiza ingurube za bahutu ziranga zirabarya..wowe ulibeshya cyane.puuuuu

  • Uwo numututsi wicijuju, umusoda uherutse kwicwa nikizigace igendereza ryanga kugiha banyiraco nawe ngoriyamiriza onu, iyo nda ndende izomuta kugasi

  • nakomere kumuheto nayo abo banda yamutaye bamenyereye kudandaza ikinyoma irementanya nibamenyeko abarundi dukanuye nayo nkawe wiyise none kuba hapfuye umututsi umwe canke 2ntibisigura ihonyabwoko kuko urebye nabapfa beshi nabahutu

  • Mwavuze Ukuri Iyo Ningirwabatuts Turagandariye Bene Wacu Bariko Bicwa Banyuruzwa Baborezwa Igufa None Nawe Ngo Ariyamirije,nimureke Yicire Akajumbu Kwanyenubwicanyi.Uwo Si Umvutsi.Puuuuuu!

  • Imbwa, indandende ihumira indya. Teshwa ute

  • Uwo Nuwn Bashukishije Ikijumpu Ariko Ntazatinda Kubona Ko Ari Ikijuju Cambere .Ese Abatutsi Ba Mutumye Kubahagararira Nibande Nagende Ninda Yiwe Wenyene

  • Yooooooh barabahenda mukemera! umututsi heeeeheeee!? Mwebwe ntimubona ko uri umucangero!!!!!? babe bahenda banyina batize!

  • Ndamufashe mumugongo kuko abantubose sibanyamujiyobigiye,abarundi bumutima baracariho bazi agaciro kokubaho nimiryango.ikinikimenyetso cuko IMANA yashize ubumwe mumitima yabarundi bose kuko arinaco kibahuza hatarabwe ubwoko,ndasavye abarundibose dufatane munda kuko ntakindikimenyetso cuko dusangiye urugamba nkabarundi.turushirize kubumwe twimamatwi abavugayamuhe turushirize gushimira IMANA yacu kuko kubwayo tuzotangaza amahanga!!abarundi dukomere kuko amagambo yinyankaburundi niyatuma turushaho kubumwe ahobitegako adutanfukanya bakabura.IMANA YACU IBANE NABARUNDI BOSE IGANZE IHINDURE ITEGEKE TUYIBERE NKUKO ISHAKA KUKO YITWA NTIHEMUKA IYOMANA YACU. Izigame inzego zose kuva hejuru gushika hasi kubatwara nabatwagwa.

  • Ndabira imburakimazi uko ziyerekana,ivyo biyeri bagusororeye ngo uje kuvuga aya muhe uzobona ingaruka bitari kera, itondere iyo nda yawe ya mpemuke ndamuke

  • Niyirambire Jean Luck, nayo abobakoze icocegeranyo nibamwe baribagize uruhare mukuduhenda ngotugire amakudeta bashaka ko muburundi ducanamwo none babonye tutacanyemwo nkuko vyabaye 93 Burundi 94 Rwanda bariko barambika amabara uburundi bwacu.

  • Ntibitangaje kubona harabatutsi batemera yuko hateguwe Genocide yabo none yaba atatukaniye Na Ndikumana akoreshwa numugabwe urikubutegetsi kumara benewabo ibyo nu murwanda byabayeho Habyarimana harabo yahaga mafaranga kukigira ba mufashe kumara abatutsi

  • Ahubwo aba DD nibamugire secretarie wa Nduwimana niho mazashika kwihonyabwoko neza bitabagoye Erega kuga ifaranga nugutanga igitambo Erega Na yuda escayote yaguze Yesu ifaranga

  • Mwabonye ukuntu abanyarwanda aribo bariko baratanga commentaires gusa kur’iyi nkuru?

  • Example simple uriya my soda mwishe sumututsi? Jenocide c est pas 1.000.000 meme 10prs Ni genocide mwabijuju muhendwa Na nyamitwe

  • narababwiye ko mwebwe mwandika mwese ari abatutsi nkibi nibiki bandika biragamye gusoma ntiyabeshe kuko ntajono cide ihari kandi ntizigera

  • uwo niwe mututsi wukuri rero nayabasigaye bose turimbwa ntabatutsi turimwo.kuko yaba abatutsi twese twari dufise umutima wogukunda igihugu nkuyu luc isi yorinze ihera ntamuntu asubiye gupfa.

  • Mwabatutsi vibuzimumujibuntu none komwanka kubana nabahutu isi muzojamwo itarimwo abahutu niyahe abahutu mwabasanzeho kandi muzobasigaho.

  • Nimureke Gupfubusa Intambara N’amahoro Aha Mu Burundi,bikurakuranwa Kurya Kw’ici N’agatasi. Reke Gupfubusa Rero.

  • ewe cndd.fdd naho mwitwa ngo mwatowe nabanyagihugu murateeye isoni ivyo mutegura , mbega naho abatutsi ari bake bangana uko ? izo mburakimazi mukoresha nka bamwe ba butoyi everyne, persilla, ba gaston hakiza eka barya batutsi bose muha ibiti mugomba babashigikire eka barabahinyuye ntanumwe atazi ivyo mukora, nayo izo mburamaboko babaja inyuma nibaza aba umuhutu azi ubwenge canke umututsi azi ubwenge abona ivyo mugirira igihugu cacu, mwagitaye mumanga abakwirikira eka besha abatabazi nayo abarundi barabazi uyo ni nyamitwe urazi ko azi gukoresha umutwe ngo yibereho, aronke ico ajana muri resto .

  • Imburamukoro gusa... puuuu!

  • oya nukuri ivyo bavuga ngo hari ihonyabwoko mu burundi sivyo namba ahubwo idyo shiramwe dya onu nimudyiyamirize gos rireke guhonyanga ubwigenge bwumunyagihu.

  • abakera nibo bavuga ngo umukobwa atazi ikizoba aseka intama irikwiravyara.bakongera bati umunana wisema utembagara uduga.nawe umukino jean luc arikwakina ntawazi ariko nomwifuriza bon chance kuko ngo nkore shimwe yaguye mwisemo.

  • kumbe ndatahuye mfatiye kuvyanditswe kuri iyi nkuruko umututsi avuze ukuri bagenziwe bamwita igipfu

  • U Burundi Satani yarabugendereye kweli,raba u Rwanda, batera imbere kubera gukunda igihugu cabo nk’ubu haraye habaye Rwanda Day i San Francisco,DD watuzaniye akabi kabishe kweli

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.