IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > "Nta mugambi wa vuba w’ugutanga akazi ku bitaro vy’abasirikare uhari" - Col (...)

"Nta mugambi wa vuba w’ugutanga akazi ku bitaro vy’abasirikare uhari" - Col BARATUZA

mardi 17 Gitugutu 2017, par Egide NDUWIMANA

Inyuma y’aho ibitaro vy’abasirikare vyugururiye inyukabwa nshasha y’ukwakira abavyeyi hamwe n’abana, hari abantu bagenda barabwira abandi ko kuri ivyo bitaro bariko baratanga akazi k’abaganga. Ayo makuru nyene y’itangwa ry’ako kazi arakwiragizwa no ku mbuga ngurukanabumenyi. Mu bushikiranganji bw’ukwivuna abansi barabeshuza ayo makuru.

Colonel Gaspard BARATUZA, umuvugizi w’igisirikare c’Uburundi amenyesha ko ayo makuru atariyo, agasaba ko ata munyagihugu yojuragizwa n’abatanga ayo makuru bashobora kuba ari abasuma.

Mu gisirikare c’Uburundi bavuga ko ata n’umugambi uhari wa vuba w’ukurondera abakozi ku bitaro vy’abasirikare mu Kamenge.

JPEG - 21.1 ko
"Nta n’umugambi uhari wa vuba w’ugutanga akazi ku bitaro vy’abasirikare" Colonel Gaspard BARATUZA

Egide NDUWIMANA

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.