IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > OBR yatoje imiriyaridi 51.28 mu kwezi kwa kane

OBR yatoje imiriyaridi 51.28 mu kwezi kwa kane

mardi 9 Rusama 2017, par Egide NDUWIMANA

Mw’itangazo OBR yasohoye, bavuga ko kuva mu ntango z’umwaka w’2017, ni ukuvuga kuva mu kwezi kwa mbere gushika mukwa kane, amafaranga agera ku miriyaridi 229.63 niyo amaze gutozwa mu matagisi n’amakori, aho akaba ari mu gihe bari biteze muri amezi ane kuba binjije imiriyaridi 230. 28 z’amarundi.

Mu kigo OBR bashikiriza ariko habaye iterambere, kuko ayo mafaranga yatojwe mu mezi ane ya mbere y’umwaka w’2017 ari hejuru y’ayari yatojwe muri ico kiringo nyene, mu mwaka w’2016, ayo nayo akaba agera ku miriyaridi 200.52 z’amarundi


NDUWIMANA

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.