IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > PARCEM : Ibwirizwa shingiro ryohindurwa inyuma y’ibiganiro bihuza Abarundi (...)

PARCEM : Ibwirizwa shingiro ryohindurwa inyuma y’ibiganiro bihuza Abarundi hanze y’igihugu

jeudi 26 Nzero 2017, par Egide NDUWIMANA

Ishirahamwe PARCEM risaba Reta y’Uburundi ko yorindira umugambi ifise w’uguhindura ibwirizwa shingiro ugakorwa ibiganiro bihuza Abarundi hanze y’igihugu biheze.

Faustin NDIKUMANA umukuru w’ishirahamwe PARCEM avuga ko ibihe Uburundi burimwo atari vyiza, kuko hari aboca bashira inyungu zabo imbere mw’ihinyanyurwa ry’iryo bwirizwa shingiro. Kubwa PARCEM, ivyo biganiro vyobanza bigahera kugira hashirwe imbere ubumwe n’ukunywana kw’abarundi, mw’ihinyanyurwa ry’ibwirizwa shingiro.

Muri PARCEM bavuga ko naho iryo bwirizwa shingiro ryohindurwa hari ibidakwiye gukorwako.

Faustin NDIKUMANA ati : "Ibwirizwa shingiro ririmwo ivyatumye Abarundi basubiza hamwe, ntawukwiye kubikorako, kuko niwo mushinge w’igihugu c’Uburundi.


IGIHE

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.