Patiri mukuru wa Paruwasi Mugamba yitavye Imana

Yanditswe na Egide NDUWIMANA
Kuya 31 Mukakaro 2017 saa 12:18
Yasomwe : 25236
0 0

Inyuma y’isanganya ry’imodoka yagiriye mu ntara ya Bururi mw’ijoro ryo kuri uwu w’Imana w’indwi iheze, Patiri Claver NGENDAKURIYO yitavye Imana mu bitaro KIRA vy’i Bujumbura. Abandi babiri bari kumwe mu modoka baracariko barakurikiranwa kwa muganga.

Patiri Claver NGENDAKURIYO yasezeye isi niwe yari Patiri mukuru wa paruwasi Mugamba.

JPEG - 140.2 ko
Patiri Claver NGENDAKURIYO
JPEG - 39 ko
Imodoka Patiri mukuru wa Paruwasi Mugamba yarimwo

Kumenyekanisha

1
Yves Nzeyimana 1er-08-2017 à 14:37

imana Imwakire Yarintore NtiYORAMVE,

2
Bikuki Claver 31-07-2017 à 21:17

pat Nungende Undutegurire Nikowamye Nakare Hos Nakubony Inyagasas Imana Ikwakire Amen

3
Kubwenge J.de Dieu 31-07-2017 à 20:52

Ntakundi abakirisu nukwihangana Kuko urupfu n’ iryo niryorembo twese dutegerezwa gucamwo. Ahubwo ico duha akaba yarakoze ivy IMANA ishaka kugira imwakire mubwami bwayo. Natwe turinyuma

4
Irakoze Franck 31-07-2017 à 20:27

imana Ize Imwakire Mubwami Bwayo.Yarumuntu Wintugane.Tuzokwama Tumusabira.Imana Imuhezagire.Amen

5
M J 31-07-2017 à 18:58

NAMBA YARI YITEGUYE NIVYIZA.KUKO UBU HARI ABATARI BAKE BAGENDERA MUNGESO MBI.

6
Gaciyubwenge 31-07-2017 à 18:15

Imana imwakire mu bwa

TANGA ICIYUMVIRO

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha
Kumenyekanisha

Kumenyekanisha