IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Petero NKURUNZIZA yuguruye icese ikoraniro rikuru ry’urwaruka

Petero NKURUNZIZA yuguruye icese ikoraniro rikuru ry’urwaruka

jeudi 20 Ndamukiza 2017, par Jean de Dieu M.

Inyuma y’umwiherero w’abagize Leta n’Inama nshikiranganji, Petero NKURUNZIZA yuguruye icese ikoraniro rikuru ry’urwaruka.


IGIHE

Messages

  • Iryo n’ikoraniro kaminuza ry’Imbonerakure aho zigira hamwe umugambi ugayitse wogufata abakobwa n’abakenyezi kunguvu ngo bavyare interahamwe! Abo ba Miss badakinjuye bahava babakorera amabi!!!

  • Wakera Urakina Nabo Mungana Ntukaze Ufata Amajambo Nyakubahwa Avuga Ukayahindura Ukundi Kuko Nubwo Isi Yohinduka Ukungana Gute Wewe Aho Ageze Ntuzopfa Uhashitse. Mbe Wewe Urigiki? Ariko Harimisi Naguhaye Uzoba Wanumye. Ugira Wasumvya Uwiyita Mwumba Mugutyoza Igihugu? Yarahoze Nawe Uzokaziba.

  • mutama komera kwibanga nimirimo twagushinze

  • Komera k,umuheto nyakwubahwa watowe n,Imana! Abasesemwa nabo bime amatwi nakare NGO umwana arezwe neza asohora amaboko !!! Kera amakoraniro nk,ayo yaba agizwe n,abantu hamwe gusa ariko Rana mbonamwo booose .komera kandi nyakwubahwa ugume uri maso abasi barakaka ntaho baraja bakora ijoro n,umurango NGO baduhekure;!!!!!Ariko Imana isumba vyooose

  • NI VYIZA MUSHIMGANTAHE MUKURU WIGIHUGU URAKOMEZA IRAGI RYA BASOKURU RYO GUKEBURA URWARUKA KUKO NIBWN BURUND BWEJO .GUMA KWIBANGA, GUMA KURI VOLA, HONYORA VITECE TUTERIMBERE

  • @Cobla interahamwe nkawe nuko muvuga iyo muhaze ibigori twarungikiwe n’u Rwanda,mukanya baruduha n’Igitoro cabaye ndanse,bravo le Rwanda

  • Mbega sha Wakera, kuciye ukoresha mukwandika ryazina ryitwa Mwumba nibiki biciye bigufata?
    Mwumbatwese turazi ivyiwe ahovyarangiriye rekarero guta umwanya wawe shahu Wakera wiyita Mwumba ikitaraganye erega ivyuma ubuturabikontorora atabwoba ntiwihende.

  • Haduga hamanuka mutama ningombwa yirure urwaruka nacanecane generation80na 90 bakurane umutima wokumenya kahise nicagateye.komra

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.