Rubirizi : Abana babiri bishwe baturiwe n’umuvyeyi wabo

Yanditswe na Egide NDUWIMANA
Kuya 18 Nyakanga 2017 saa 08:47
Yasomwe : 20970
0 0

Abana babiri bitavye Imana inyuma y’uguturirwa n’umuvyeyi wabo mw’ijoro ryo ku munsi wa gatandatu, nk’igihe c’isaha zine z’ijoro.

Abo bana bahora baba muri zone Rubirizi, ku Mutimbuzi batuririwe mu nzu.

Uwo muvyeyi wabo ari mu minwe y’igiporisi, bikaba bbitegekanijwe ko aciribwa urubanza rw’ikibiriraho (Flagrance).


Kumenyekanisha

1
Ntirandekura Décitrois 20-09-2017 à 14:30

mwice nawe niho bohaha gukora amabi nkayo

TANGA ICIYUMVIRO

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha
Kumenyekanisha

Kumenyekanisha