Accueil > Amakuru > u Burundi > Rumonge : Imvura ivanze n’urubura yononye imirima
Rumonge : Imvura ivanze n’urubura yononye imirima
samedi 10 Ntwarante 2018, par
Iyo mvura yaguye ku gucimbiri dutatu two ku mutumba za Maramvya, akaba aritwo aritwo twasinzikaye cane. Abajejwe intwaro muri komine Bugarama bavuga ko iyo mvura yononye imirima iguye ku ncuro ya kabiri, mu kiringo c’indwi zibiri.
Iyo mirima yononekaye ni iy’ibiharage, ibitoke, imyumbati, amateke hamwe n’ibijumbu. Abarimyi basaba ababishoboye ko bobagarukirako, kuko babona ko ataco bazokwimbura.
Egide NDUWIMANA
Messages
16 Ntwarante 2018, 21:00, par jeremia bukuru
uwomwigisha niba yafaswe nahanwe bikurikije itegeko