Rutana : Abana 17 bafashwe n’igiporisi

Yanditswe na Egide NDUWIMANA
Kuya 20 Nyakanga 2017 saa 10:56
Yasomwe : 20007
0 0

Abana bagera kuri cumi n’indwi nibo bamaze gufatwa n’igiporisi kuva ku munsi wa mbere, muri komine Gihofi, intara ya Rutana. Abo bana bafatiwe mu Rutana ni abo mu ntara zine.

Nk’uko bishikirizwa n’umuvugizi w’igiporisi c’Uburundi, abo bana bafise imyaka iri munsi ya 18bafashwe mu gihe bariko bagerageza kuja mu gihugu ca Tanzaniya kuronderayo akazi.

Abo bafashwe ni abo ntara za Ngozi, Karusi, Kayanza, hamwe na Gitega. Bose bapfungiwe mu gasho ka komine Gihofi


Kumenyekanisha

1
BUSURAHENDE 21-09-2017 à 12:55

Abo bana nibabareke kuko bashaka kuja kurondera ahasumba ahandi kuko mu Burundi babona vyayangaye.

2
jean claude mackenzie 20-09-2017 à 12:08

nibabafate baabasubize mumiryango kuko urumva ko barenze ihaniro

TANGA ICIYUMVIRO

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha
Kumenyekanisha

Kumenyekanisha