Accueil > Amakuru > u Burundi > Ruyigi : Ibarabara RN13 ryuguruwe
Ruyigi : Ibarabara RN13 ryuguruwe
lundi 28 Myandagaro 2017, par
Iryo barabara rica i Makebuko mu ntara ya Gitega gushika mu ntara ya Ruyigi, rikaba ringana n’ibirometero 41.

Ibirori vy’ukwugurura icese iryo barabara RN13 vyabereye muri komine Butaganzwa, mu ntara ya Ruyigi.


Egide NDUWIMANA
Messages
30 Myandagaro 2017, 11:24, par NDC
Imana Ihabwe icubahiro kuko naho ntari uwo mu Ruyigi na GITEGA iryo barabara ryari rikenewe gose. Nahora ndaricamwo gushika mu Cankuzo nkabona ukuntu urugendo rwqri ruruhije. Kandi Uhoraho nahabwe icubahiro kuko ashikije amasezerano. Nibuka ko abavugishwa n’Uhoraho bavuga ko Uhoraho azohezagira UBURUNDI akaduha imabarabara azunguruka igihugu cose gushika no mu ntara zose. Raba Bujumbura Mairie, Bubanza, Cibitoke, Kayanza, Ngozi, Kirundo, Muyinga, Cankuzo, Ruyigi, Rutana, Makamba, Rumonge Bujumbura (Rural) kugaruka Bujumbura Mairie ni umuzingi wugaye w’ibarabara. Kandi ivyo vyose bavugishwa ko bizoshika ku ntwaro ya nyen’icubahiro PETERO NKURUNZIZA kebera ko yubaha Uhoraho.
1er Nyakanga 2017, 14:44, par P ANTONE
NAHO NTARI MUBURUND NDASHIMIYE LETA KUKO RYARI RIBI CANE IMANA IHEZAGIRUBURUND NABABUBMWO