SETEMU yahawe umurongozi mushasha

Yanditswe na Vianney BIKORIMANA
Kuya 7 novembre 2017 saa 02:38
16590
0 0

Ir Jean Paul MPAWENIMANA niwe yagenwe ngo abe umuyobozi mukuru w’ishirahamwe SETEMU (Services Techniques Municipaux).

Mu rwandiko umushikiranganji w’intwaro yo hagati mu gihugu yasohoye, rwo kw’igenekerezo rya 7 Munyunyo 2017, Pascal BARANDAGIYE amenyesha ko Ir Paul MPAWENAYO ariwe agenwe kuba umuyobozi mukuru wa SETEMU.


Kumenyekanisha

1
Wakera 8-11-2017 à 07:43

iyo mbonerakure nitangura gukura umucafu mumitwe yaba DD kuko bagizwe niyarara mubwonko bwabo

TANGA ICIYUMVIRO

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha
Kumenyekanisha

Kumenyekanisha