SNR : OPC 1 Alfred Innocent MUSEREMU yagenywe kuba umuhanuzi ajejwe ivy’umutekano

Yanditswe na Vianney BIKORIMANA
Kuya 2 janvier 2018 saa 02:27
23895
0 0

OPC 1 Alfred Innocent MUSERUMU yahora ari umuyobozi mukuru atwara igiporisi kijejwe umutakano wo mu mabarabara yagenywe kuba umuhanuzi ajejwe ibijanye n’umutekano mu rwego rw’igihugu rujejwe igendereza .

OPCI 1 Alfred Innocent MUSEREMU yagenywe n’itegeko ry’umukuru W’igihugu ryo kuwa 29 Kigarama 2017 ,rimenyesha ko OPC 1 Alfred MUSEREMU agenywe kuba umuhanuzi ajejwe ivy’umutekano mu rwego rw’igendereza .

Mwomenya ko OPC 1 Alfred Innocent MUSERUMU asubiriye uwitwa APC Dieudonne NSHIMIRIMANA.


Kumenyekanisha

TANGA ICIYUMVIRO

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha
Kumenyekanisha

Kumenyekanisha