Accueil > Amakuru > u Burundi > Sendika CONAPES isaba Reta kuduza imishahara y’abigisha
Sendika CONAPES isaba Reta kuduza imishahara y’abigisha
vendredi 13 Nzero 2017
Umukuru wa Sendika y’abigisha bo mu mashuri yisumbuye CONAPES Emmanuel MASHANDARI ,asaba Reta y’Uburundi kuduza imishahara y’abigisha.
Kubwa Emmanuel MASHANDARI arongoye sendika CONAPES ,abigisha mu mashuri yisumbuye bavuga ko ibiciro vy’ibintu vya nkenerwa vya mbere biduga ku munsi ku munsi,kandi imishara nayo ari mito.
Emmanuel MASHANDARI amenyesha ko hisunzwe ko amafaranga y’Uburundi yataye agaciro,kandi n’ubuzima bukaba buzimvye,Reta yoduza imishahara y’abigisha mu mashuri yisumbuye.
Kubwo umukuru wa Sendika CONAPES ,biragoye ko umwigisha wo mu mashuri yisumbuye afungura kandi akariha amafaranga yo kwiyunguruza ,kabiri ku munsi.
IGIHE
Messages
13 Nzero 2017, 11:17, par SINDAYIGAYA
ABO MURI MATOYA BOBO BARI MUGUPFA.
13 Nzero 2017, 15:38, par .
Ahonyene ninkokubwira reta atiniyinjire mubanyagihugu ikoreshe uburyoboshoboka kwose iduze amatagisu gusumba at ariko twebwe abarimumu turonke umushahara ukwiye.
Kuko ndazi komwebwe muzi aryamahera muhembwa kwava mubenegihugu reta icukora nukuyabegeraniriza gusa nakare reta nabanyagihugu.
Harizindinzira zikoreshwa kugira muronke agashahara gatubutse izonazo reta nokwikora kubutunzi Imana yahaye uburundi buri mugataka maze igahamagara kubwishi abimba amabuyeyagaciro yuzuye muburundi , peteroli , nibindi ariko ivyonavyo bizofata igihe kitarimusi yimya 3 mugihe mwebwe nabandi dukeneye icodufasha ubunyene.
Iyindinzira ishobora kunyaruka niyo guhitamwo ibihugu bikize tukavyenerera ko uburundi buOzaburatwarwa nabobishizeho ariko bigaheza bikaturonderera agafashanyo kinticantikize gashobora kwiyobgera kugashara kanyu.
Ariko ntahovyotugeza mwibuke kotwamaze imyaka nimyaniko baduha utwodufashanyo ariko twagumye mubihugu vyambere bikenye kw’Isi.
Ariko nkubu twokwihangana tukemera tugahangayika mujazoramuka mwumvise dutanguye kudunduga bizoba arivyo kandi bizobabifise inguvu mubuzima bwuburundi kuko burya nasanze guterimbere kubera gufashwa iryoterambere ntahoritaniye niterambere ushikira ubanjekwiba kukovyose birateba bigatebuka bikakubana nkifu yimijira.
Ndarangije mvugako ivyomuvuga ntimwarira busena mugihe reta yobifise ahikura ariko atarukuja mubanyagihugu kubadugirizako amatagisi kuko kwoba arukurokora mwebwe babanje guhwatagaza abandi arinabavukanyi banyu.
14 Nzero 2017, 15:45, par Ntabush@.com
Ntabushishozi.
14 Nzero 2017, 20:57, par nzambimana
MBE YASANZE ARIBO BIGISHA BASUMIRA KUBUTAKA BW,UBURUNDI BONYENE MBE YASANZE ABANDI BIGISHA BADAKENERA KWIYUNGURUZA CANKE NUKO AMASENDIKA YABAVUGIRA YAKUWEHO