Accueil > Amakuru > u Burundi > Uburundi bwahawe imfashanyo y’amafaranga azokoreshwa mu gisata (...)
Uburundi bwahawe imfashanyo y’amafaranga azokoreshwa mu gisata c’uburimyi
lundi 26 Ruheshi 2017, par
Iyo mfashanyo yatanzwe na banki y’isi yose izofasha mu bikorwa vy’abarimyi hamwe n’amashirahamwe ahingura umwimbu w’umuceri n’ibigori.
Ayo mafaranga yatanzwe na banki y’isi yose akazokoreshwa kandi mu kurwiza umwimbu w’umuceri mu ntara usanzwe urimwamo, izo nazo ni nk’intara ya Rumonge, Bubanza, Bujumbura, Cibitoke, hamwe na Makamba.

IGIHE