Accueil > Amakuru > u Burundi > Uburundi bwaronse indege irerura umukuru w’igihugu
Uburundi bwaronse indege irerura umukuru w’igihugu
vendredi 16 Kigarama 2016, par
Uburundi bwaronse iyindi ndege irerura umukuru w’igihugu, "Gulf Stream 4" yashitse ku kibuga c’indege ca Bujumbura mw’ijoro ryo kuri uwu wa kane, igihe c’isaha zine z’ijoro, ikaba yakiriwe n’umushikiranganji w’umutekano, Alain Guillaume BUNYONI, hamwe n’umushikiranganji ajejwe gutwara abantu n’ibintu.

Iyo ndege ibonetse inyuma y’imyaka icumi Falcon 50 igurishijwe. Mu kwezi kwa Gitugutu 2014, Reta y’Uburundi yari yamenyesheje ko ibifashijwemwo n’abasanzwe bayifasha, yaronse iyindi ndege irerura umukuru w’igihugu.

Mw’itangazo ryasohowe riteweko umukono na Firipo Nzobonariba, umunyamabanga akaba n’umuvugizi wa Reta y’Uburundi, bamenyesheje ko Uburundi bwaronse iyindi ndege irerura umukuru w’igihugu. Muri iryo tangazo, Reta y’Uburundi yari yamenyesheje ko yabifashijwemwo n’abasanzwe babafata mu mugongo (partenaires bilatéraux). N’aho iyo ndege yatevye gushika mu Burundi, Reta yari yamenyesheje ko ibikorwa vyose bitangura kugira bayizana mu Burundi vyari vyaheze (procédures de paiement, immatriculation et autorisations y relatives).

IGIHE
Messages
16 Kigarama 2016, 11:34, par murundi yuzuye
KOMERA KUMUHETO UBURUNDI IMANA IZO DUFASHA
16 Kigarama 2016, 11:48, par ndizeye
nivyizakodusubiyekuronka.indege.umukuruwigihuguwacu.yakozeneza.aragahezagirwanimana.
16 Kigarama 2016, 11:54, par Majoro
nakomere kuko iyataba abagumutsi iba yaje kera.
16 Kigarama 2016, 12:11, par Akumiro
Indege itwaye akayabo ka miriyoni 40$ miriyari 34 zamanyarwanda mu marundi ntabarika. Uburundi muri raporo yuyu mwaka yubukungu mpuzamahanga bwabaye ubwa 2 ku Isi mubihugu bikennye bukurikirana na Marawi hanyuma perezida akagenda mu ndege ihenze gutyo. Afurika weeee
16 Kigarama 2016, 12:14, par akumiro
Izajya imutwara mu maritsiye ya Bujumbura ariko? Kko ntashobora kuva mu gihugu atinya ko bamubogoza hhhhhhhh
16 Kigarama 2016, 12:17, par kalisa
mukomeze mukore muteze imbere igihugu canyu!!!
16 Kigarama 2016, 12:18, par murundi yuzuye
NA BADO TURATANGUYE IBIRINYUMA N,IVYINSHI CANE ABANTU MWIRIGWA MURATUKANA MUPF,UBUSA NI MUHINDUKE TWIYUBAKIRE IGIHUGU KUKO UBURUNDI BWAMYE ARI UBUGABO KUKO ABANYAGWANDA KO BIRIGWA BADUTUKA BARAVUGA AHO BARONKA INDEPENDANCE N,UWAYIBARONDEREYE? UMUNWA NTACO UMAZE.TWEBWE ABARUNDI TWARATEYE IMBERE IBITARO AMABARABARA INYUBAKWA IBIBUGA VYINKINO AMASHURE NONE MUKWUBAKA IGIHUGU NTUTANGURA BUKEBUKE KIRAZIRA GUTANGURIRA HEJURU UDAHEREYE HASI TUREKE AMAJAMBO MURABE 2ANS UZOSANGA ABO BADUTWENGA BAZOBA ARIBO BASIGAYE INYUMA KUKO ICONZICO NUKO ABARUNDI ARI ABAKOZI ATARI ABANEBWE TUGIYE GUTERA IMBERE BIDASANZWE GUMYE UMUTIMA NTIMUHEMUKE HAMA MBWIRE ABANYAGWANDA ABABILIGI AMERIKA NIYITEZE IMBERE MUGABO BAREKE KUGWANIRA IBITARI IVYABO INZAHABU NI MARI YA BARUNDI SHINWA TURIKUMWE NA RUSIYA N,IBINDI VYINSHI NYENI ICUBAHIRO PEREZIDA WACU KOMERA TWARA GUSHIKA IMANA IGUHAMAGAYE BAREKE AMAJAMBO NAMWE KINYAMAKURU IGIHE SINZI YUKO MUSHIGIKIRA ABATUKANA GERAGEZE AMAJAMBO MABI MUYUGARE NTARENGANE NONE GUTUKANA BIMAZE IKI??UBURUNDI .
16 Kigarama 2016, 12:23, par KAMENYERO Edouard
Hari naho yomuhitana nka Habyarimana!
16 Kigarama 2016, 12:38, par Kabura
Ego turashimye cane kobayizanye nn kk tuziko nkuru atigera asohoka igihugu azoyigiramwo aha he he? Ndibaza nikibuga cindege aheruka kukibona igihe abavyonzi bahakwa kutushahura
16 Kigarama 2016, 13:06, par Jean Darcy Irakiza
TERIMBERE BURUNDI ABITWAZA FARKN 5O BAMARAMARE BEMEREKO NIBISUBA FARKN KO BIZOZA respect BURUNDI!
16 Kigarama 2016, 13:17, par nkotanyi
Ariko abarundi mwabaye mute koko ubuse u Rwanda muruzanye gute koko indege ni iyanyu muguze ibyaribyo byose nizere ko mutari gukompara uburundi n’ u Rwanda namwe murabizi rwose ntaho duhuriye ubwo koko ako kadege niko gatumye musakuza ariko ubanza mutajya munasoma amakuru ngo murebe twe tugeze kuri AIRBUS . Kandi twe ni izi ni iza business ntabwo ari iz’ ingendo za president urumva ko tutari kuri les meme ondes. ntimuzongere kujya mushaka kwi compara natwe rwose.
16 Kigarama 2016, 13:36, par jonas
igisigaye mumwaka uza ni air burundi itangure gukora komera nyakwubahwa. nkurunziza.
16 Kigarama 2016, 14:00, par Karorero
Aaaahh akataraza karinyuma rindira buce twubaka imiturirwa urwanda rubayeho rutaz aho ruhera naho ruzohereza nibatubwire umwaka ukwezi itariki baronkeyeko independance nuwayibaronderey nicibutso ciwe niho nzobemera ko ari abagabo nayo bitaruko bameze nkikirumira habiri terimbere burundi terimbere nkumuzinga.
16 Kigarama 2016, 14:08, par Proud to be Rwandan
@murumdi yuzuye Abarundi nabahe bakozi mugira usibye kunywa ibyeri mu masaha yakazi?
16 Kigarama 2016, 14:12, par Akumiro
Abarundi tubifurije iterambere, Ariko ndacyeka iryo atariryo terambere kugura indege ya miriyoni 40$ kuri perezida igihugu cyanyu kiri ku mwanya wa kabiri ku Isi mu bihugu bikennye cyane kusi.
16 Kigarama 2016, 14:24, par Missile
Hhaahhh ngo Indege irerura Peter Nkurunziza imuvanahe ikamujana he?Ngozi -Buja?nirwo rupfu rwiwe, nayijamwo izorashishwa missile sol air
16 Kigarama 2016, 15:00, par Issa
Yo turagowe basha tugiye guhona,uyo mujegere w’indege ntuzobura uw’umena hasi bace birara mu bantu ngo barayikoroye,mwe mubona iyo ndege isigaje imisi ingahe,kugura aka dege ka occasion aho ntasoni bibatera no kuyerekana aho hakurya mu Rwanda bageze kuri za Boings cumi na zingahe,ni bagafuke ihema
16 Kigarama 2016, 19:28, par Folmand
Rimwe na rimwe nsanga abatanga comentaire bagereranya ubuzima bwigihu n’ubwabo, oya ntaho bihuriye kuko wewe nunomusi wopfa ariko igihugu kigumaho, nimba rero Leta iguze indege reka kubonako ari iya prezida dufise uyu musi, ejo ashobora kuba wewe hanyuma irya ndege ikakurerura. urumvako ico gikorwa ntamurundi w’umutima atogishima.
16 Kigarama 2016, 20:35, par Ndyibingoye
None,kotutari,tucumva,ibihugu,atemberamwo,yari,yabuze,indege,imutwara?Canke,bwari,ubwoba?Ubuho,ngira,agiye,kuja,mubindi,bihugu.Tuzoba,tuvyumva,kumaradhyo.
16 Kigarama 2016, 20:42, par Nema
Muzehe Wacu Ko Wimenyereye Kwigira Namaguru Iyondege Urayiheba Kuyigiramwo . Urazi Ko Batumaze Kubera Iminyenga Yamadege . Batanguye Kuvuga Ngo Yarapfuye Naho Bagomba Aho Bazoyimanurira .
16 Kigarama 2016, 20:43, par Nema
Muzehe Wacu Ko Wimenyereye Kwigira Namaguru Iyondege Urayiheba Kuyigiramwo . Urazi Ko Batumaze Kubera Iminyenga Yamadege . Batanguye Kuvuga Ngo Yarapfuye Naho Bagomba Aho Bazoyimanurira .
17 Kigarama 2016, 10:31, par Proud to be Rwandan
hhhhhhhhhhh @karorero independent murata ibamariye iki? Igihugu cyanyu muri raport ya IMF na bank y’isi kiri kumwanya wa kabiri mubihigu bikennye ku isi mukurikirana na marawi. U Rwanda ruri mu bihugu bifite umuvuduko ukomeye mu bukungu, abaturage baravuzwa bishyuye 10%, porogaramu ya girinka munyarwanda Ni bon. Ndabarahiye Ni mukore mureke kwigereranya numuturanyi, muve mumacakubiri muzarebe ko mudatera imbere. Rwandair ubu guhera mukwambere irafungura ligne kgl Newyork na kgl london mwe mukiri mumatiku
17 Kigarama 2016, 12:59, par jean
Ingorofani
17 Kigarama 2016, 15:14, par R.N.
TWEBWE ABANYA BURURI BO MURI KOMINE RUTOVU TURABAKEJE KUKO TWARONSE INDEGE IRERURA UMUKURU W’IGIHUGU
17 Kigarama 2016, 21:20, par CIZA .JEAMARIE
TURASHIMYE KODUSUBIYEKURONKA IYINDINDEGE BAZEBACUNGE NTISUBIRE KUBACA MUMWANYATURASHIMYE KODUSUBIYEKURONKA IYINDINDEGE BAZEBACUNGE NTISUBIRE KUBACA MUMWANYAWINTOKE
17 Kigarama 2016, 21:21, par CIZA .JEAMARIE
TURASHIMYE KODUSUBIYEKURONKA IYINDINDEGE BAZEBACUNGE NTISUBIRE KUBACA MUMWANYATURASHIMYE KODUSUBIYEKURONKA IYINDINDEGE BAZEBACUNGE NTISUBIRE KUBACA MUMWANYAWINTOKE
18 Kigarama 2016, 11:50, par Uwihoreye
Mubateye Amero,iyo Nkorufani Izobakwira?Na Falcon 50 Harimwo Abacidoga Ko Bataronse Namahera Atanu,iyoyo Ntibazomenya Niyo Yaririwe.
18 Kigarama 2016, 14:34, par Kayuki
Mbega Izorerura Petero?Nibayimwake Atarayigurisha,yahandiho Yararyohewe!Azokwigira Namaguru.Agiye He?
18 Kigarama 2016, 15:13, par Bucumi Tamim
NDARYOHEHWE KUBONA UBURUNDI BWASUBIYE KURONKA INDEGE IRERURA PRESIDENT NABANDI BATEGETSI UBUNDI RYARITERASONI RETA ITAGIRINDEGE
18 Kigarama 2016, 16:31, par Karorero
Pround to be Rwanda@,ishura ibibazo nakubajije nimba mukiri mugikoroni musabe abarundi babafashe kwikukira kuko muracari abacakara twebwe ehe nkwerek ntutugereranye nuko kuzimu ngo nu Rwanda inzara imaz guhungisha imiriyoni zabanyagihugu iyo nzara yitwa nzaramba nimuyirukane turabe?ubwo bukungu bufatiy hehe?kuki?butagera kuri banyarucari?iwacu niyo 10% ntayo babaka mwana uraza urabe
18 Kigarama 2016, 20:31, par lobert
Iba ingande ikaba inyama nintoya ikitwa indege ntabwo ari ikinga
18 Kigarama 2016, 23:03, par ABRAHAM ALLY VIDJA
IYINKURU YUKOTWAROSE INDEGE YARANEZEREYECANE BIKATUMA ABARUNDITUMENYA KO RETA IKORA YIYUMVIRA
19 Kigarama 2016, 00:14, par Karumbeti Eloi
Nivyiza Kubona Turose Indege
19 Kigarama 2016, 22:07, par turaje
@karorero ntuzagereranye ibitagereranywa kuko uzasekwa cyane mwana , nkubwireko nta munebwe urangwa mu Rwanda kuko twigishijwe gukora tukigira kd tukishakamwo ibisubizo twebwe ubwacu ,iyo nzara uvuga ntayo tubona keretse ari bene wanyu bari mumashamba ya Congo banze kuza kubake u Rwanda kimwe nabandi gasopo Ku gihugu cabarenze muri byose kuva kandi munzego zose ukwikukira ushatse kuvuga nukuhe? ukwikukira kwanyako nukwibona mugihugu kumunyagihugu utarangwa namoko nkuko yabokamye akaba agiye kubata kuwamazi , ngo mugisoda abahutu nibangahe % abatutsi nabo nibangahe% ibyo byabayehe warangiza ngo mwarikukiye ndagusetse sana nejo nzosubira nguseke kuko urahumye .
20 Kigarama 2016, 16:44, par Intare
@ Proud of Rwanda,jya umenya gutandukanya ideology yawe nk’Interahamwe ikiri mu mashyamba ya Congo n’abandi bari mu gihugu bubaka igihugu cyabo,nudataha mu mahoro ukaza urwana uzaraswa ntakabuza
20 Kigarama 2016, 20:56, par Lambert
Jeh Nar Nagiz Nikajugujug.Ndatangay Pe!Bwabund America Itwank Agahand Gat.Nne Niyo Baguze Cank Ningabir?
20 Kigarama 2016, 22:26, par Harerimana Jérémie
Yemwe Ntawo Vyumva Canke Abibone Ngo Areke Gushima Kumva Ko Twarose Indeg Ahubwo Natwe Twpfuza Kuyibona Iraza Iraza Muri commune Kayogoro
21 Kigarama 2016, 11:54, par P.ANTOINE
IRYO NIRYN TERAMBERE NIBITARIVYO UBURUNDI BUZOBIGURA NYENICUBAHIRO PETER NKURUNZIZA KOMERA ;SONGA MBERE
24 Kigarama 2016, 14:08, par ibigoyemakungu
HIYINDEGEBAUNDI, ABARUNDIKAZI??? NTIMUZONGERAKUYIGUISHA
7 Ruhuhuma 2017, 21:59, par Guy
Nanzenka Bandipfuza kuyigiromwo?
30 Ndamukiza 2017, 22:13, par Kibonde
Iyooooooooooooooooo ??? Iyoyo Ntandege Irimwo Yarageseye Ubanza Bayitoraguy Ahahoze Ikimoteri Akorero Natwe banyarwanda Ntitwirari Twahemutse Nanubutugihemuka Gose Twarikwi Kubarirwa ????