Ubushikiranganji bw’abakozi ba Reta bagiye gushiraho umugambi wo gutunganya kazi mu gihugu

Yanditswe na MUGISHA Van Naris
Kuya 12 août 2017 saa 11:51
Yasomwe : 6390
0 0

Ubushikiranganji bw’abakozi ba Reta bumenyesha ko akazi kadatangwa na Reta gusa, ariko ko n’igisata c’abikorera ivyabo nac gishobora gutanga akazi.

Umushikiranganji w’abakozi ba Reta Felix MPOZERINIGA amenyesha ko umugambi wa Reta wo gutunganya ubuzi waje hageze kuko uhuye n’ingene ibijanyo n’inyigisho vyahinduwe.

Felix MPOZERINIGA aramutswa ubushikiranganji bw’abakozi ba Reta asaba abafise ico bofasha bose kugikora kugira umugambi wa Reta wo gutunganya akazi uje mu ngiro mu rwaruka.

Ubushikiranganji bw’abakozi ba Reta bumenyesha ko umugambi uzfasha kwereka urwaruka ko narwo rushobora kwironderera akazi, mbere bakagaha n’abandi.


Kumenyekanisha

TANGA ICIYUMVIRO

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha
Kumenyekanisha

Kumenyekanisha