IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Uganda : Abanyeshure b’Abarundi bahinduye isanamu ya bimwe mu bibanza biri (...)

Uganda : Abanyeshure b’Abarundi bahinduye isanamu ya bimwe mu bibanza biri kuri Kaminuza bigako

dimanche 29 Ndamukiza 2018, par Egide NDUWIMANA

Umwe muri abo banyeshure, Jadot NKURUNZIZA, amenyesha ko ayo mashurwe bateye, hamwe n’ugusibura bimwe mu bibanza biri kuri iyo Kaminuza, babikoze mu ntumbero y’uguhindura isanamu y’iyo Kaminuza, habe heza kuruta uko bahasanze.

Muri ivyo bikorwa vyaranguwe n’ishirahamwe ry’abarundi biga kuri Kaminuza ya "Saint Lawrence", n’uwuserukira Uburundi mu gihugu ca Uganda yari yifadikanije nabo.

Jadot NKURUNZIZA, umwe muri abo banyeshure amenyesha kandi ko ivyo bikorwa vyaranguwe mu ntumbero y’ugukingira ibidukikije. Ahamagarira n’abandi barundi biga ahandi gufatana mu nda, baje hamwe bumvikane igikorwa bokora bari hamwe.


Egide NDUWIMANA

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.