IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Umuhuza w’abarundi asaba abarundi bakiri mu buhungiro guhunguka

Umuhuza w’abarundi asaba abarundi bakiri mu buhungiro guhunguka

jeudi 21 Nyakanga 2017

Mu rugendo yagize muri komine Busoni, mu ntara ya Kirundo, umuhuza w’abarundi Edouard NDUWIMANA yarashimiye, atera intege yongera ashigikira abarundi 2817 bamaze guhunguka.

Mu ntumbero yo gufata mu mugongo abahungutse, umuhuza w’abarundi Edouard NDUWIMANA yabahaye amasuka 600 hamwe n’amatoni 16 y’umuceri.

Mwomenya ko abo bahungutse bari mu miryango 600, yose yo muri komine Busoni, intara ya Kirundo.


MUGISHA Van Naris

Messages

  • Edouard rekeraho kubesha abanyagihugu ngo batahe,muruyu muriro?umuryango wawe wose uri i Kigali mu mazu meza meza i Gaculiro,umutambukanyi wawe ni umunyarwandakazi turabizi kandi wewe buca uhunga turabizi

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.