IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Umuhuza w’abarundi asaba abanyarumonge guhamagarira abahunze (...)

Umuhuza w’abarundi asaba abanyarumonge guhamagarira abahunze guhunguka

mercredi 18 Nzero 2017

Umuhuza w’abarundi Edouard NDUWIMANA asaba imvukira z’intara ya Rumonge gukorera hamwe imigambi, mu ntumbero yo guteza imbere intara yabo.

Mu nama yagiranye n’imvukira z’intara ya Rumonge kuri uno wa kabairi igenekerezo rya 17 Nzero 2017,umuhuza w’abarundi yavuze ko mu gihe imvukira z’intara ya Rumonge zokorera hamwe mu bikorwa bitandukanye intara yabo yotera imbere.

Edouard NDUWIMANA umuhuza w’abarundi yasavye abaserukira abandi mu buzi butandukanye,abaserukira amadini,imigambwe hamwe n’amashirahamwe adaharanira ivyicaro vya politike akorera mu ntara ya Rumonge,guhamagarira abahunze guhunguka kugira bafashanye kwubaka igihugu.


IGIHE

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.