Umukobwa wa Prezida Melchior NDANDAYE yatowe mu ndongozi z’abanyeshuri baharanira intwaro rusangi

Yanditswe na MUGISHA Van Naris
Kuya 31 Mukakaro 2017 saa 10:45
Yasomwe : 21123
0 0

Umwana w’uwahoze arongoye Uburundi Melchior NDADAYE yatowe kuba icegera c’umukuru w’ibiro vy’abanyeshuri baharanira intwaro rusangi bo ku mugabane wa Buraya.

Libertas Ezako asanzwe yiga muri kaminuza i Louvain (Université catholique de Louvain),mu gihugu c’Ububirigi yatowe kuwa gatandatu igenekerezo rya 29 Mukakaro 2017.

Nabo bari kumwe batowe kurongora ibiro, bazokora mu kiringo c’umwaka kuva mu mwaka wa 2017 gushika mu mwaka wa 2018.

Libertas Ezako asanzwe afise ubwenegihugu bw’Ububirigi.


Kumenyekanisha

1
BUSURAHENDE 1er-08-2017 à 11:14

Wewe ubona mu Burundi ari aho kuba ufise ahandi woba urikinga? Ni abe arigumiyeyo mu gihe Ububiligi butarahemuka nka Magufuli ngo i Burundi hari amahoro.

2
M J 31-07-2017 à 19:03

MBEGA NIKUKI YARONDEY UBU BWENE GIHUGU?NAZE YITWE UMURUNDI KUKU NA SE WIWE YARACITANGIYE.

TANGA ICIYUMVIRO

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha
Kumenyekanisha

Kumenyekanisha