Itegeko ry’ukuva muri CPI ryemejwe n’umukuru w’igihugu

Yanditswe na Egide NDUWIMANA
Kuya 18 octobre 2016 saa 06:43
Yasomwe : 25992
0 0

Itegeko ry’uko Uburundi buva muri Sentare mpuzamakungu mpanavyaha (CPI) ryemejwe kuri uwu wa kabiri n’umukuru w’igihugu Petero NKURUNZIZA.
Mw’itegeko ry’umukuru w’igihugu nomero 1/14 ryo kuwa 18 Gitugutu 2016, bamenyesha ko inyuma y’aho inama nshikiranganji isabiye ko Uburundi buva muri CPI, inama nshingamateka na nkenguzamateka zikavyemeza, Uburundi bwavuye ku mugaragaro masezerano y’i Roma avuga iyinjira ry’Uburundi muri sentare mpuzamakungu mpanavyaha, akaba yari yemejwe kuwa 17 Mukakaro (...)

Itegeko ry’uko Uburundi buva muri Sentare mpuzamakungu mpanavyaha (CPI) ryemejwe kuri uwu wa kabiri n’umukuru w’igihugu Petero NKURUNZIZA.

Mw’itegeko ry’umukuru w’igihugu nomero 1/14 ryo kuwa 18 Gitugutu 2016, bamenyesha ko inyuma y’aho inama nshikiranganji isabiye ko Uburundi buva muri CPI, inama nshingamateka na nkenguzamateka zikavyemeza, Uburundi bwavuye ku mugaragaro masezerano y’i Roma avuga iyinjira ry’Uburundi muri sentare mpuzamakungu mpanavyaha, akaba yari yemejwe kuwa 17 Mukakaro 1998.


Kumenyekanisha

1
Js M.gtro 23-10-2016 à 16:58

KOMERDA MUTAMA KUVA MURI CPI,GUK WEW ICUKOZE NTUTOMBOZA.

2
Js M.gtro 23-10-2016 à 16:51

Komera mutama NKURUNZIZA Urincabwenge.Ehe UBURUNDI ukuntu bwaributwawe,....,Bandanya ukosora n’ibindi mwenivyo bitameze neza.Babwirut,ABARUNDI Bincabwenge Twarabahinyuye.Nanje narinazimiye gatoya ariko nabonyukuri aho kuri nagarutse Muruhongore.KOMERAKURI VOLANT.

3
Bigirimanana 21-10-2016 à 17:16

Nagumemwo Yemer

4
morodikayi. 21-10-2016 à 07:35

Arabesha azokubitwi ntahe mumutwe, ivyo mubera vyiza yarakwiye gufata ikiziriko kaba ariyahura. Ubwo nubwenge bwamuhenze, nsubiyinyuma ntibumuhenze ubu bwamuhenze kuvakera, kuko nti yingeze amenya umuhanuzi mwiza namubi ! uwundi niwe yavuze ngumuhanuzi mubi,rwangana umurozi. Nkurunziza nawe ya rwije abarozi impande ziweeeeeee.

5
Ndongozi 21-10-2016 à 06:20

N’ubusanzwe iyo CPI ntaco yarimariye Uburundi. Abagandaguye abarundi kuva Igihugu cikukira ko baguma bidegemvya mu Gihugu no mu makungu ibona, none mwumva vyukuri abagumyabanga bogumamwo ngo vyungure iki abanyagihugu ?

6
Télésphore 20-10-2016 à 09:40

Komerakwibanga

7
Kavakure 19-10-2016 à 21:15

Iyongingomuyifashekare

8
ukuri 19-10-2016 à 13:15

ewe aba dd mbe ubwenge bwabo bwanyikiye he ? Murahumba basha !! mwavamwo mwareka, birabaraba ikizwi ni uko mutegerezwa kuzofatwa mugakubitwa intahe mu gahanga ntakindi !! murawunywa naho urura !!! isi irazunguruka, buraca bugacana ayandi !! reka turindire gusa.

9
SIHONDI Levis 19-10-2016 à 08:08

MUJERI NAHO USINYA AMARASO YAWE IMBWA ZIZOYARIGATA KUKO WAGAMBANIYE IMANA HAHAHAHAHAHAAAA

10
Darius Ikurakure 19-10-2016 à 05:44

Ibi ni ukwikirigita ugaseka,mushake mwivane kwikarita y’isi,amatohoza azobandanya, abakoze ivyaha ntaho bazacikira CPI

11
tari 19-10-2016 à 01:19

Naho yari gushaka akabanza kurishira ko igikumu imbere y’uko ritorwa nabo basumirinda Ngo Ni abashingamateka ntacabuza ko baguma baritora kuko bakora ibiri mumutima wiwe icadashatse ntigikoreka raba nawe ngumuhuza wa barundi Ngo manda yiwe nimwe gusa yimyaka 6 Ngo kandi ntiyongerwa kandi ivyo nukuri kuko niko amasezerano yarusha abitegekanya mugabo hageze kumubwira ko kizira kikaziririzwa ko umukuru wigihugu arenza manda zibiri nkuko amasezerano yarusha nibwirizwa shingiro bibivuga yaciye yirara mubantu aratikiza nubu akiriko ikindi yavuze ko manda yambere ko atitorewe nabanyagihugu ko yatowe nabashingamateka none iryo tegeko ryo kuva muri cpi kobavuga ko ryatowe muramumbariza niba ryatowe nabanyagihu ikindi kuba yashize igikumu kwiryo tegeko ntagitangaje kuko ntawimena igihute arazi mubantu iyo sentare igomba kurengutsa kwariwe aza kumwanya wambere

12
barikukivi 18-10-2016 à 19:29

jewembonayariko aratwenga (ibitwenz’abanavyanikir’abagabokuzuba) arabayumvise ko kitazobuzako bakubitwa intahe nakokagwi kiwe ryavumerewe iArusha

13
Kanyosha 18-10-2016 à 19:26

Twabatoye tubizeye komuzodukorera ivyodushaka none murabikoze turabashima cane gose.

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha

TANGA ICIYUMVIRO

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha