Umukuru w’igihugu Petero NKURUNZIZA yatanze inyigisho ku bamenyeshamakuru

Yanditswe na IGIHE
Kuya 27 April 2018 saa 05:29
18735
0 0

Umukuru w’igihugu c’Uburundi Pierre NKURUNZIZA yahaye inyigisho zo gukindisha igihugu abamenyeshamakuru hamwe n’abakora mu bisata bitandukanye vyo kumenyesha amakuru kuruno wa gatanu igenekerezo rya 27 Ndamukiza 2018.

Umukuru w’igihugu Pierre NKURUNZIZA yatanze izo nyigisho mu gihe abamenyeshamakuru hamwe n’abavugizi b’inzego z’igihugu bamaze imisi 2 bari mu mwiherero mu ntara ya Muramvya n’ubushikiranganji bujejwe ibimenyeshamakuru.

Bimwe muvya vugiwe muruyo mwiherero n’ibijanye n’imyifato abamenyeshamakuru bazogira mu gihe c’imyiyamamazo y’amatora y’ibwirizwa nshingiro hamwe n’igihe c’amatora yo kwemeza canke guhakana ibwirizwa nshingiro.


Kumenyekanisha

TANGA ICIYUMVIRO

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha
Kumenyekanisha

Kumenyekanisha