IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Umukuru w’igihugu yagenye abahanuzi mu biro vy’icegera ca mbere c’umukuru (...)

Umukuru w’igihugu yagenye abahanuzi mu biro vy’icegera ca mbere c’umukuru w’igihugu

vendredi 25 mai 2018

Abo bagenywe ni umuhanuzi ajejwe ibibazo vya poritike n’ivy’imigenderanire hamwe n’umuhanuzi mu gisata co kumenyesha amakuru.

Pierre SINZOBATOHANA yagenywe mu kibanza c’umuhanuzi mu biro vy’icegera ca mbere c’umukuru w’igihugu ajejwe ibibazo vya poritike n’imigenderanire, Jerome NDAYIZEYE agenwa mu kibanza c’umuhanuzi mu gisata co kumenyesha amakuru.


BIKORIMANA Vianney

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.