Umukuru w’igihuru yagenye umunyamabanga nshingwabikorwa mu bugenduzi bwa Reta

Yanditswe na MUGISHA Van Naris
Kuya 27 juillet 2017 saa 02:43
Yasomwe : 10179
0 0

Umukuru w’igihugu Petero NKURUNZIZA yagenye umunyamabanga nshingwabikorwa mu bugenduzi bukuru bwa Reta.

Uwo yagenywe ni Marie Grace HARAGAKIZA yagenywe n’itegeko ry’umukuru w’igihugu no 100/143 ryo kuwa 21 Mukakaro 2017.


Kumenyekanisha

TANGA ICIYUMVIRO

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha
Kumenyekanisha

Kumenyekanisha