IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Umurwi utegura isubirizwa ry’umuhuza Mohamed RUKARA washizweho

Umurwi utegura isubirizwa ry’umuhuza Mohamed RUKARA washizweho

mardi 18 Gitugutu 2016, par Egide NDUWIMANA

Umukuru w’inama nshingamateka y’Uburundi yashizeho umurwi w’abashingamateka bahawe igikorwa c’ukwiga isubirizwa rya Mohamed RUKARA, umuhuza w’Abarundi.

Uwo murwi urongowe n’umushingamateka Nzigamasabo Réverien, icegera ciwe akaba ari umushingamateka Ndayisenga Bernard.

Umushingamateka Nimenya Gloriose niwe munyamabanga w’uwo murwi, nayo abandi (Membres) bashizwe muri abo bagiye gutegura isubirizwa rya Mohamed RUKARA akaba ari abashingamateka Karerwa Mo-Mamo, Nduwumwami Rénovat, Sukunoba Vincent hamwe na Muhungu Jean Bosco.

Ikiringo c’umuhuza w’Abarundi, Mohamed RUKARA, cari i’imyaka itandatu itongerwa, kikaba kigiye kurangira.


IGIHE

Messages

  • nibamusubirize mbonayarahaze iyondayose ariyoyarose aryayicaye natwareniyo mbengoyahuzabande? kobarinzekurondera museveni hagatiyamuseveni namihmedi ninde arya ivyagusa

  • Nimba kuba arukugira mube muronona amahera yigihugu twagira umuhuza tukicwa tukabura ikituvugira tukarinda kwitabaza uwo hanze uwowe nimushaka mumwihoze kuko nicitirirwa

  • Mbe uyo muhuza nuwo gukora iki muri iyi leta itemewe,nyabuna ni mukumbure mwitabe ibiganiro vyo hanze nayo ahandi ho muriko muridigadiga mwisamaza murabe ko bwoca,ejo buca mubura nayo muzomuhemba ni mwaraba nabi,canke mugomba mushimire uwo mwicanyi ruhebwa Gihahe yamaze abantu

  • Uwo Nzigamasabo Reverien si Gihahe. Nimubihindure.

  • NTAMUHUZA AKENEWE MURI IKIGIHE KUKO MURI POLTIQUE ATAMAHORO ARIYO.

  • MBA NJE KUBA RAMUTSA,JEWE NIFUZAKO,ABARUNDI,TWESE,TWO GIRURU NANI,TUGAFATANA,MUNDA,TUKA REKA,KU RYANA,TURIBAMWE,NIMANA,YOMWIJU,RU,NTINEZE,GWA,NDABAKU NDA CANE,MUGIRU MUGO RO BA,MWIZA,MTZE MURA DU HINKURU,THA NK YOU,

  • MBA NJE KUBA RAMUTSA,JEWE NIFUZAKO,ABARUNDI,TWESE,TWO GIRURU NANI,TUGAFATANA,MUNDA,TUKA REKA,KU RYANA,TURIBAMWE,NIMANA,YOMWIJU,RU,NTINEZE,GWA,NDABAKU NDA CANE,MUGIRU MUGO RO BA,MWIZA,MTZE MURA DU HINKURU,THA NK YOU,

  • NDINZUNGU NGARU TSE,NAGO MBA NDA BAMENYE SHEKO,NDI KONDAKO RA,IBITIBA VYA KIJA MBERE,BIKO ZWE,MUMA SANDUGU,NKA BANDA BIKO RERA,IGITEGA,AHOBITA,IBWOGA,YAKABIRI ,2NKABA MVUKA KUMUTU MBA,WARU GARI GITAMO,KOMINE,GITEGA,INTA RA YA,GITEGA,NDABA KUNDA CANE,

  • nagende ntaco ya mariye uburundi kandi ntanakazi kumuhuza gahari kuko niba abategeka igihugu arabanyamafuti ntakundi igikorwa kiba kiba gisigaye nuko abanyagihugu babuvanaho bidashobotse ntavyabahuza ntavyo atarabo kwirira ivyigihugu

  • Burya muriyo myaka 6 nigiki yoba yarakoreye abarundi kuburyo abarundi twobona ko umuhuza akenewe ahubwo ugo gwego nirufutwe

  • NIPYUZA KO MUHAMED RUKARA YOKONGERWA KUBERA YITWAYE NEZA YONGERA ADUTWARA NEZA TWEBWE ABARUNDI.

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.