Advertisement
Kumenyekanisha
  IGIHE.bi \BB Amakuru \BB u Burundi
Umushikiranganji Emmanuel NIYONKURU yashinguwe
Yanditswe taliki ya 10-01-2017 - isaha 15:50' na IGIHE

Umushikiranganji Emmanuel NIYONKURU aheruka kugandagurwa yashinguranwe iteka kuri uwu wa kabiri igenekerezo rya 10 Nzero 2016. Inkuka y’imisa y’ukumusezera yabereye kuri Cathedrale Regina Mundi, bibandaniriza kw’itongo ry’abapfuye ryo ku Mpanda.

Abategetsi batandukanye, barimwo n’umukuru w’igihugu Petero NKURUNZIZA n’ivyegera vyiwe, hamwe n’abandi bagize Reta y’Uburundi.

Igiporisi c’Uburundi kimenyesha ko kimaze gufata abantu batandatu mu matohoza y’abagandaguye umushikiranganji Emmanuel NIYONKURU yishwe arashwe mw’ijoro ryo ku munsi wa gatandatu igenekerezo rya 31 Kigarama 2015.

Mu giporisi bavuga ko bisunze ibimenyetso vy’ingene uwo mushikiranganji yishwe, biboneka ko abo bafashwe bafise ico babiziko.

Ivyiyumviro vyanyu

iciyumviro:mbe abahayebagandagurwa sabarundi ?turikunguka abarundi canke turiguhomba ?tuhagabire.

11.01.2017 à 18:55
umurundi

Rafikiyako ndiyeaduwiyako.murimesa.

11.01.2017 à 07:13
syegere kanyanya

Imana imwakire, ariko abobantu bafuzwe barekurwe bariko barazira ubusa, kuko ntamutu yoba arimunzu nkumukozi womunzu hanyuma rwaje gutegura ivyo kwica shebuja !? ico ntikibaho kuko murabo bose ntanumwe yocuye mugore wiwe canke rwatorane imitungo yiwe !, abamwishe nimurabo bamuherekeje kukaburi, abobantu batandatu bariko barazira ryarindi ngo mugabo ararya ibwa zikishura.

11.01.2017 à 01:40
Ntakirutimana AL Joel

MBEGA AMATOHOZA MUGIRA BAYIKI KO MBONA YAHEZE,
1, UWO MUSHIKIRANGANJI YARAFISE UMUGORE ?
2, UWO BARIBARIKUMWE NUMUGORE WIWE ?
3. MBE NTAMUNTU NUMWE ARAGANDAGUGWA ASANGANYWE UMUGORE WABANDI CANKE ABAGABO NTIBICANA BAPFA INDAYA ? IYABA MWARAKIJIJWE MWARI KUREKA ABO BANTU KUKO INGERO YICAHA ARI ? ; ; !!!!!!!!!!!!!!!!!!!!¡ !!!!!!!!!!! URUPFU

11.01.2017 à 00:21
Kuri

Turmesheje umudamu wiweyihangane arikomugabo umushikirangajimuzima .arashoborakuryera sasita .ari inyumayumugore atarigwi !! muri hoteli nimwikebuke muribuka kona giswaswa yagwanyenimisore bapfa umukobwa ikamuhwata mukumwikurako (isazi ikundamunyo ikandura yuruhumyi)

10.01.2017 à 19:15
barikukiv

ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.