IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Uwugiye kurongora Komine Mukike arindiriye itegeko rimugena

Uwugiye kurongora Komine Mukike arindiriye itegeko rimugena

jeudi 12 Gitugutu 2017, par Egide NDUWIMANA

Uwo yatowe asubiriye mu kibanza cahoramwo Ngendakumana Jeremie aheruka gutanga imihoho mu burongozi bw’iyo komine.

Renovat NIMUBONA, Musitanteri mushasha yatowe n’abagize inama mpanuzwajambo ya komine Mukike ku majwi 18 kuri 18 y’abari bitavye ivyo bikorwa vy’ugutora vyabaye kuri uwu wa gatatu igenekerezo rya 11 Gitugutu 2017.

Uwo yatowe akaba arindiriye itegeko ry’umukuru w’igihugu rimugena muri ayo mabanga.


Egide NDUWIMANA

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.