Uwujejwe ingendo mu biro vy’umukuru w’igihugu NKURUNZIZA yahinduwe

Yanditswe na Egide NDUWIMANA
Kuya 30 mai 2017 saa 04:51
Yasomwe : 28044
0 0

Félicien NDUWUBURUNDI yigeze kuba ari umushingamateka w’Uburundi yagenwe kuba uwujejwe ingendo mu biro vy’umukuru w’igihugu Petero NKURUNZIZA (Chargé de missions à la Présidence de la Republique.)

Kw’itegeko ry’umukuru w’igihugu nomero 100/113 ryo kuwa 30 Rusama 2017, NDUWUBURUNDI Félicien agiye mu kibanza cahoramwo Zénon NDARUVUGANYE.

Félicien NDUWUBURUNDI wo mu mugambwe CNDD FDD asanzwe ariwe arongoye imigambwe yo mu Burundi ihurikiye mw’ihuriro ryamaho ry’ibiganiro bihuza abanyeporitike (Forum permanent de Dialogue des Parti Politiques), akaba ariwe yari arongoye abashingamateka ba CNDD FDD, ku ntwaro yo mu 2010.

JPEG - 18.4 ko
Félicien NDUWUBURUNDI

Kumenyekanisha

TANGA ICIYUMVIRO

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha
Kumenyekanisha

Kumenyekanisha