IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Uwuserukira Uburundi mu Bufaransa yakiriwe n’umukuru w’igihugu MACRON (...)

Uwuserukira Uburundi mu Bufaransa yakiriwe n’umukuru w’igihugu MACRON (Amafoto)

mercredi 18 Gitugutu 2017, par Egide NDUWIMANA

Ku muhora wiwe wa Twitter, Ambassadeur Nina Christine NIYONSAVYE yanditse ko kuba yakiriwe n’umukuru w’igihugu w’Ubufaransa Emmanuel MACRON vyerekana umubano mwiza n’ubucuti hagati y’Uburundi n’Ubufaransa.


Egide NDUWIMANA

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.