IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Uwuserukira Uburundi mu Rwanda yatumweko i Bujumbura

Uwuserukira Uburundi mu Rwanda yatumweko i Bujumbura

jeudi 15 Kigarama 2016, par Egide NDUWIMANA

Uwuserukira Uburundi mu gihugu c’Urwanda yahamagawe mu Burundi kuva kuri uwu wa gatatu igenekerezo rya 14 Kigarama 2016. Mu bushikiranganji bw’imigenderanire y’Uburundi n’ayandi makungu bamenyesha ko uwo yahora aserukira Uburundi mu Rwanda yatumweko kugira Uburundi bwige ingene imigenderanire y’ivyo bihugu vyompi yifashe.

Mu ubwo bushikiranganji bujejwe imigenderanire barahakana ariko ibivugwa ko hoba hari umugambi w’ukwugara ubuserukizi bw’Uburundi mu Rwanda.

Iyo ngingo ifashwe inyuma y’iminsi itanu gusa Reta y’Uburundi itumyeko n’uwahora aserukira Uburundi i Bruxelles, mu gihugu c’Ububiligi. Ivyo vyose bikaba bibaye mu gihe imigenderanire itera itosekara kurushiriza hagati y’Uburundi, Ububirigi hamwe n’Urwanda.


IGIHE

Messages

  • Nivyiza Guko Ntakamaro Koguhuza Nigihugu Nku Rwanda Gagrizwa Kuduhungabaniriza Umutekan Ntagushira Ikara Mugashambara

  • Nivyiza Guko Ntakamaro Koguhuza Nigihugu Nku Rwanda Gagrizwa Kuduhungabaniriza Umutekan Ntagushira Ikara Mugashambara

  • Nivyiza Guko Ntakamaro Koguhuza Nigihugu Nku Rwanda Gagrizwa Kuduhungabaniriza Umutekan Ntagushira Ikara Mugashambara

  • @Claude Bigirimana,wibaza hahomba nde?u Rwanda?urihenda sha,aba DD ntibabujije ivyimburwa kuja mu Rwanda ugira ntihahomvye abanyagihugu babidandaza?u Rwanda rurikwije,u Burundi nico gihugu canyuma gikenye kw’isi hama ngo ngwiki yaco uvuga ivyo utazi

  • Ahubwo uwuserukira ububirigi be n’uwuserukira urwanda nibatuvireho batahe iwabo ntitubakeneye.

  • Iyomutumako nabomubindi bihugu bose niho mwarikuba mubishoboye gose! nukuri muratumutwe cane, mwakabaye mwirirwa murambikibara Urwanda, mugifiseyo uwagiye kubaserukira mu Rwanda? bwabundi ndabahebuye ntakigenda, Muzikwica gusa nogutumunwa kubantu yemwe ico mwaracigiye cane.

  • nimukureyo yigarukire muburundi kuko ugwanda ruragoy wosanga baramwishe nuwugwanda mumwirukane ntakubika imbeba mukigega

  • naveyo guko kagame araturiye . ariko nta muntu asumba i mana abarundi tuzoteba twiruhutsa ! !

  • @ Kararuza, twebwe abarundi uradukinako urigera ubona ahotwirata ngwiteranbere ryatubanye umurengera? Rindira mumezimakeya arimbere mumaramare bidasanzwe kuko ivyomumazemwo imyaka mwibeshera bigombakuja ahabona maze muhananduke gushika hasiyu Burundi.
    Kuko hazocahahera imyaka myishi kw’Iyose bavugako ibihugu bikwiye kuzozabiririnda kuvuga ubutunzi bidafise atikuko vyagiriye igaruka zibi igihugu cu Rwanda.
    Ushaka rero wokwitonda ubutunzi bukomeye nukugira umugenzi nokugira umubanyi.

  • Nibagerageze Bagarure Impene Itararenga Imirambi Kuko Ivyovyose Vyavuye Kumvo Zumutekano Muke Warangwa Ngaha Muburundi.

  • Nivyo Uburundi Burafise Icabwenge

  • Iterambere rirahari i Rwanda uzojende urabe n’abanyamahanga barabiruzi, mbega Karuraza Uburundi nico gihugu canyuma ku isi mu bukungu, mbega abanyagihugu barakenye vane none muzotwari iki abanyarwanda Kagame ni umugabo. ivyo mubamo ingaruka ziri kumutwe gwanyu mugandagurwa mukena i rwanda baca babandanya mu iterambere rigaragarira uhakandagiye.

  • Nibabakureyo Ivyo Bihugu Vyose Bitubaniye Nabi Nimukureyo Nabasirikar Bari Zasomar Nahand

  • Njye izina ryanjye ni kanyarwanda kandi ndi umututsi. Gusa leta yacu iyobowe na kagame ni ugutekinika gusa. Nkubu inzara yaratwishe iraduhonya mugihe leta yirwa yirata ko iterambere rigeze kure. Ubwo bugwari bw’abayobozi bacu nibwo bugiye gutuma abanyarwanda dushira.

  • Ibi ntivyari bikwiye ica ngombwa si ugusambura ahubwo nukuraba ukungene imigenderanire yonaguka!

  • u Burundi ntakigenda kweli,ni ubwa mbere mbonye leta yifungirana a l’interieur et a l’exterieure,abarundi poleni mutwawe nabi pee,insecurite, ubukene,umwanda,etc,,,,,

  • MBE MWABIBURAMUTIMA VYA CNDD FDD,MUGUMA MWICHA TWEBWE ABANYAGIHUGU NUGU SAHURA ITUNGA RYIGIHUGU,NIMUREKE GUTUKISHA ABARUNDI,TWEBWE ABARUNDI BUMUTIMA UBUCHUTI BURWANDA NTIBUZOHERA KUBERA ABANYARWANDA NIBENEWACHU.MWEBWE BIBURAMUTIMA NIMWEBWE MWENYENE MWANKA URWANDA KUBERA RUBABWIRA UKURI.NAHO GUHAMAGARA UYO ASERUKIRA UBURUNDI NTACHO BIZOHINDURA ,URWANDA NOKUVA KERA ABAHUNGIYE KWA AVYARIMANA UBURUNDI BWAGUMYE BWEREKANA IMIGENDERANIRE MWIZA GUSHIKA RETA ZIGENDA ZIHINDURWA,IYO RETA YA NKURU YONYENE NABICHANYI BAMUSHIGIKIYE NIBO BONYENE BADAKUNDA URWANDA,TWEBWE ABARUNDI BUMUTIMA TWESE KANDI TURI BENSHI TURASHIGIKIYE URWANDA NARETA YA PRESIDENT KAGAME.MWEBWE ABA CNDD FDD MUMENYE KO MWARISAMBUYE MURI KURUSHI,UBURUNDI NUBWABARUNDI BOSE.KANDI NAHO MURIKO MURATWICHA TWEBWE ABANYAGIHUGU NTITUZOHERA.NABANDI BAGUMA BAVUKA.

  • Kararuza aratwengeje pee, arabaza ingene abanyagihugu mu gwanda babayeko mumagorwa nta ngere iryo tunga ariryabantu bace barongoye I gihugu n ingene ari amadeni yamakungu y amadollar ntangere bafata batazashobora kuriha, Araba zako ko uburundi arico gihugu muri Africa cidafise amadeni mva makungu gifise duce cane 1600fbu/habitant, ugwanda 36000fbu/habitat. Hama abaze ingene abarundi bahungiye mu gwanda bafise amahera menshi ingene yaciye abaherana bagataha ubutarariye ndetse na benshi mu banyagwanda baba bujumbura ingene basubiyeyo ubutararira, politiki capitalist y ububeshi no guhendana nta nguvu igifise, iterambere n ingene umunyagihugu abayeho neza si ingene abayobozi b umugambwe urongoye bikwizako ama etages imiduga izimvye amadege bakuye mu madeni mva makungu nitunga basahuye mu bihugu bibanyi nka Congo vyose bizishura umunyagihugu muto WA ntaho nikora nko mu gwanda, aho umunyagihugu yiyubakira inzu bagaca bayisamburango ntiyemewe, hashika umwaka bagaca bamusoresha ikori ryaya parcera bamusamburiye, aho umunyagihugu ubayabaye yidandariza utwe kw ibarabara bagaca batumwaka bakamufunga ngo aradandaza mu kajagali nkaho Hari umutahe munini bamuha ngo akavemo, aho umwana yishyura amahera yumurengera ku máshure qualite ari faux, kwibaruka icibondo ari amahera amace 80000 KWA muganga WA leta canke 12000 ufise Miguel, kwivuza ku cibondo cá 5an Baca amahera nta ngere mugihe uburundi vyose ari gusa, aho amakori ari umurengera za patente, Isuku, umutekano, u murenge, imisanzu, ir, tva, ubukote bw inzu, ubukote bw agataka, mituel, igiturire kinyegeje cumurengera, Nta gitungwa viva muhira ngo kirishe, amatongo wiguriye leta iyakwambura ukayakota 20 ans n ikori rya buri mwaka, urima bagaca babirandura ngo uhinge ico abategetsi nakubariye citanimbuka aho ugaca uhomba bikaba bitumye ugwanda ubu rufise inzara itarigeze irubaho mu mateka a banyagihugu Bari kuyihungira uganda Burundi na Tanzania, ingene abadandaji babuzwa gutora mu bwusanzure namakori yumurengera bitumye benshi bugara abandi bagahungira Malawi Zambia uganda Angola bujumbura Cameroon me zambique Ghana congobraza nahandi mu gihe mu Burundi ari dedouanement gusa Kandi umunyagihugu yikorera utwe ntawe amubuza Kandi yubaka ingene abigenza nigiturire aruduhera duke, rero politiki yo gukorana n abakoloni nkabo babiligi nabanyamerika mu guteza akavuyo mu bihugu bigikenye ngo basahure itunga ryabo Ryo mu gataka n ubutare abanyagihugu babure nutwo Bari bafise abakoloni bagabure amadollars avuyemo numurongizi wabafashije ku nyungu ziwe anmvanyagihugu bahapfire bahunge bahatisikarire sintahura ubwenge bwumuntu abishigikira nkuyu @kararuza ingene bucuritse,haracariho abantu bagowe kweli. Iterambere nirituma umunyagihugu muto abaho neza sirituma umutegetsi na famille ye ni ncuti ze babaho neza bonyene bakikwizaho itunga ry igihugu cose bashira a banyagihugu mu madene ntangere mu kwirarira kuvyo badafisiye ubushobozi uko niko kuri kuri mu gwanda n I Burundi

  • @ Umuganwa

    Uzabanze umenye/wige kwandika ubone kuvuga ubusa. Ibyo uvuga nbyuzuyemo ubuswa gusa. Uzaze urebe uko Rwanda rumeze mw’iterambere. uzasome raporo za WB na IMF. Kandi abarundi guahaka ibivuzwe ku Rwanda no gutukana ntabwo bitubuza kuba abo turibo. Naho ibyo guhamagara Ambassador wanyu nuguta umutwe kwa lata ya Nkurunziza kuko iyo uri umuswa ukora nkibyo mukora. Iyo muba abagabo se mukirukana Ambassador wu Rwanda, ubindi bihugu niko bikora.

  • Iyaba Mwari Muzi Kurira Mworirira Urwanda Aho Kwirata.Kuko Mwakoze Ikosa Ribi Caane Mugusotora Uburundi.Imisi Izaba Ibibabwira.

  • Jewe Mbona.Yobivamwo Kuko_uburundi Butemeye Ko Haza Inteko Ntakizovamwo.Eeeeh

  • Jewe Mbona.Yobivamwo Kuko_uburundi Butemeye Ko Haza Inteko Ntakizovamwo.Eeeeh

  • Mubisanzwe Uburundi bwaratevye ntagukorera kuri wamugani wabanyarwanda ngo UMWANZI AGUHISHAKO UKWANGA UKAMUHISHAKO UBIZI ahubwo nugukorera kumwibutsa wikirundi UWUGUHENEYE NTUMUHENERE AKWITA...canke w’abatanzaniya kuko bo turumvikanja ivyabo nukvbigumya DAWA YA MOTO NI MOTO. C’est le pragmatisme.

  • Abarundi muransetsa nkajya hasi kbsa. Nimufunge nimipaka mwirukane na ambassador wacu uri I Bujumbura. Ubundi mwe amakipe mukwiriye gukina nayo Ni za somariya, DRC, RCA Sudan yepfo mbese ibihugu bikiri mukajagari . Naho u Rwanda ndabarahiye mwikore ibyo mushaka byose mujye mutukanira iyo hirya ya kanyaru gusa hari umurongo ntarengwa umunsi mwawurenze muzahura nicyo twita umuriro wizamarere icyo gihe nibwo muzamenya Discipline ya RDF .

  • Nikigende nubundi ukuntu kiliya kigabo isura yacyo uko gisa cyateraga iseseme abanyarwanda.

  • abategetsi babarundi bagira swing utamenya uko ziteye kbs abantu bazima batekereza barihemukira bareba vrmt , ahubwo iyaba u Rwanda rutekereza nkamwe ibintu biba byaraheze kera kuko mwari kudusakuriza 2 tukabahondagura kakahava nonese ibigambo byanyu mwavuze Ku Rwanda kuva kera ko rutohereje ambassador wanyu ahubwo ko rutigeze rukura uwayo uri Bujumbura? ibyo mugenda mukora ibyinshi biza ari ibisubizo Ku Rwanda kabisa. muzaseba paka mwibajije icyo mwabikoreye NB: utazi izamparere arazibarirwa

  • abategetsi babarundi bagira swing utamenya uko ziteye kbs abantu bazima batekereza barihemukira bareba vrmt , ahubwo iyaba u Rwanda rutekereza nkamwe ibintu biba byaraheze kera kuko mwari kudusakuriza 2 tukabahondagura kakahava nonese ibigambo byanyu mwavuze Ku Rwanda kuva kera ko rutohereje ambassador wanyu ahubwo ko rutigeze rukura uwayo uri Bujumbura? ibyo mugenda mukora ibyinshi biza ari ibisubizo Ku Rwanda kabisa. muzaseba paka mwibajije icyo mwabikoreye NB: utazi izamparere arazibarirwa

  • Ivyo Vyos Ingaruka Zigw Kuri Twebw Banyarucari.Rab Nkub Ibintu Vyarazimvye.Ugira Hari Ikigongwe President Atwumvira?Ni Mubure Gufatana Munda Mwishinge Ababahenda Ugira Araja Gusuma Ntabon Biri Kumeza.Ahubwo Ndabasetse.Urwanda Ni Murwihoze

  • Ivyo Vyos Ingaruka Zigw Kuri Twebw Banyarucari.Rab Nkub Ibintu Vyarazimvye.Ugira Hari Ikigongwe President Atwumvira?Ni Mubure Gufatana Munda Mwishinge Ababahenda Ugira Araja Gusuma Ntabon Biri Kumeza.Ahubwo Ndabasetse.Urwanda Ni Murwihoze

  • None mwamutoreye iki ryoko

  • Nimureke yi twarire igihugu ciwe petero Nkurunziza

  • NDABABWIRE UKULI URWANDA RUGEZ AHO UMWANSI ASHAKA TURETS KO BADUHA UDUFARANGA TUKABAHA UBUTARE TUKANABAHA IBIFUNGURWA UBU NIBIBEKO TUZE TURABE BIRAGARAGARA KO URWANDA RUTERA RUSUBIRA INYUMA AKARORERO ABANYARWAND BAHEZ BAHUNGA IKIGOYI NAHO DIPROMATIE YOYO NIBO BAYITOSHEKAJE BIHENDA NGO BODUTERA BAKAGENDA AMAHORO NUBU NIBAZE TUBEREKE ICIMBWA YABONEYE KUMUGEZ ARIKO TWEBWE NTAWE DUSOTORA AHUBWO TURIVUNA BARAZA RERO BAZOBA BATUGUMURIYE

  • Ambasaderi wanyu yari yimereye neza I kgli umujyi utagira uko usa wa mbere muri afurika none mumugaruye mukajagari.

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.